Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ntwarante umwaka w'2019, abarundi baramutse bifatanya n'amakungu mu guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abakenyezi. Ibirori ku rwego rw’igihugu bikaba vyabereye mu ntara ya!-->!-->!-->…
"Akabura ntikaboneke ni nyina w'umuntu". Abaririmvyi bari mu makungu "Diaspora burundaise" biyemeje kuzobandanya bafasha umuryango w'umuhisi Bruno Simbavimbere abana asize bazoshobore kubandanya amashure. Amateka nimeshi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori Arakaza Mac Arthur yasiguye ikiriko gituma yitwara neza mu mugwi Lusaka Dynamos azanzwe akinamwo mu gihugu ca Zambia . Mu kiganiro Arakaza Mac Arthur yagiranye na indundi sports kuri uyu wa kane igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryaraye ribandanije ku ndwi yaryo igira 26. Uku niko imigwi yaraye itsindanye: Rukinzo yanganije na Flambeau de l'Est igitsindo 1 kuri 1 -Bumamuru Fc itsinda Vital'o Fc igitsindo 1 Ku 0 !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Primus league iriko irasozererwa amarembe, igikombe kikaba caraye gitashe i Buragane ku ncuro yambere. Bitoroshe na gato, the fighters ku musi wa 26 w'urukino bakiniye i Gitega rwabahuje na Olympic stars y'i!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu nama yo guhanahana ivyiyumviro yari yahuje umuhuza w’abarundi Nduwimana Edouard hamwe n’abarongoye amashengero atandukanye akorera mu Burundi kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Ntwarante umwaka w’2019, umuhuza!-->!-->!-->…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Ntwarante niho hari haramutse hashinguranwa iteka umuhisi Bruno Simbavimbere batazira Member yahora arongoye ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi "AMB". Kuva igihe c'isaha imwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Uko umwaka utashe igenekerezo rya 8 Ntwarante, amakungu arahimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi. Mu Burundi, uwo musi uzohimbarizwa ku murwa mukuru wa poritike ku civugo “Umukenyezi ashirwe imbere mu migambi!-->…
Buramatari w’intara ya Kirundo asaba abanyagihugu bo mu makomine asinzikajwe n’inzara kwijukira gukora iyindi myuga na cane cane kudandaza no guteza imbere uburovyi. Alain Tribert Mutabazi yabishirije kuruno wa kabiri mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Aigle Noir wo mu ntara ya Makamba wakoze amateka utari bwakore . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 Ntwarante umwaka wa 2019 , isaha indwi 13h00 z'umuhingamo ku kibuga c'i Gitega citiriwe ingoma!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.