Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 415

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
homepage

Mama Solo ahamagariye abamwagiriza uburozi mu guteka, gukora nkawe

Abagiriza mama Solo gukoresha uburozi mu guteka, abasaba nabo gukora nk'uko bibaza ko akora kugira nabo baronke abaza kubashorera ivyabo. Igenekerezo rya 6 ruheshi, Asma Samake benshi bazi nka Mama Solo, azoba akwije…

adminby admin
Mar 10, 5:28 am
105
Burundi

Intamba U 23 : Urutonde rw’abakinyi b’intamba bagiye kwitegurira Congo Brazza

Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Omar Ntakagero ari kumwe na Staff yiwe bashize ahabona urutonde rw'abakinyi 26 b'intamba bagiye kwitegurira urukino rwo kurondera itike…

adminby admin
Mar 10, 5:07 am
104
homepage

Justin Ndikumana yafashije Sofa Paka gutsinda Chamelil Sugar

Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana abandanya yitwara neza muri Kenya. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 Ntwarante umwaka wa 2019 , umugwi Chemelil Sugar wari wakiriye Sofa Paka Fc mu rukino…

adminby admin
Mar 9, 4:05 pm
105
homepage

Umugwi APR Fc waguze umurorerezi w’umurundi

Umugwi w'igisirikare c'Urwanda APR Fc wamaze kugura umurorerezi akomeye cane w'umurundi umukuye muri AS Kigali . Asman benshi bazi kw'izina rya Machalister akaba yavuye muri As Kigali kumvo z'ukutumvikana nivyo…

adminby admin
Mar 9, 3:20 pm
105
homepage

Jules na Steeve baraye bafashije imigwi yabo kunganya

Abakinyi babiri b'abarundi baraye bakoze ibikora inka. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 08 Ntwarante umwaka wa 2019 umugwi Rayon Sport wari waramutse wakira Bugesera Fc mu rukino rw'indwi ya 20…

adminby admin
Mar 9, 11:31 am
104
homepage

Primus League : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 27

Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi ya 27 yaryo kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 gushika ku w'Imana igenemerezo rya 10 Ntwarante. Uku niko imigwi igiye gutanda mu mitwe ku bibuga…

adminby admin
Mar 9, 4:35 am
103
africa news

Abakinyi 10 b’abanya Africa batunze gusumba abandi

Kimwe mu binyamakuru vyo muri Africa cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa batunze gusumba abandi. Abo nabo ni aba bakurikira : 1) Samuel Eto'o akaba afise imiriyoni 202 z'amadorari y'amanya America …

adminby admin
Mar 9, 12:37 am
107
Burundi

Womensday : Francine Niyonsaba aributsa abakenyezi ibintu 3 ngirakamaro bokwama bibuka

Mu gihe isi yose yaramutse ihimbaza kuri uno wa 8 Ntwarante 2019 umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi, umunonotsikazi Francine Niyonsaba yagize ico yibutsa abakenyezi na canecane abarundukazi. Francine Niyonsaba yagize…

adminby admin
Mar 8, 3:16 pm
104
homepage

Nahayo Valery mu nzira yo kuza gushigikira intamba mu rugamba

Nahayo Valery aritezwe i Bujumbura muri uku kwezi kwa Ntwarante aza gushigikira umugwi w'intamba mu rugamba wimirije urubanza rudanzwe. Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba, haraciye imyaka itari mike Nahayo…

adminby admin
Mar 8, 11:46 am
107
homepage

Jose Moninho aripfuzwa n’abakunzi ba Real Madrid

Morinho umwanya n'umwanya ashobora gusubira muri Real Madrid. Ivyo bikaba vyibonekeje mu rukino rwa Champions league ruheruka aho Real Madrid yanyagiwe bimwe bikomeye n'umugwi wa Ajax ibitsindo 4 kuri 1. Muri urwo…

adminby admin
Mar 8, 10:13 am
106
  • Previous
  • 1
  • …
  • 413
  • 414
  • 415
  • 416
  • 417
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In