Kenya nayo yahambije igihugu ca Tanzania mu gutangura guhagarika zimwe mu ndirimbo za Diamond, ziba zahagaritswe mu gihugu ciwe c’amavukiro. Indirimbo "Kwangwaru" yashizwe ahabona na Diamond arikumwe na!-->!-->!-->!-->!-->…
Masterland ati "ukutavuga kuvyo Kidum yavuze kwoba ari ukwirengangiza ama miriyoni ariko ashirwa mu muziki, co kimwe n’amajoro ndara nicaye". Umuziki ndundi ngo uhagaze neza cane, aho nta gukekeranya, ivyo n’ibiheruka!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi wa Real Madrid ukoze impinduka giturumbuka ugarukana uwahoze ari umumenyereza wabo Zinedine zidane . Ivyo bikaba bihejeje gukorwa kuri uyu mugoroba wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Ntwarante umwaka!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan yaraye akomeretse . Hari kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 10 Ntwarante aho umugwi KMC ukinamwo umunyegori w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi ya 27 kuva kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 09 gushika kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 10 Ntwarante umwaka w'2019. Uku Niko imigwi yatsindanye : !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo aheruka gushikiriza imvo zatumye ataboneka mu birori vyo gushingurana iteka umuhisi Member adomako urutoke umuririmvyi ari mw'ishirahamwe "COOPERATIVE DES MUSICIENS DU BURUNDI" avuga ko ata rukundo yari amufitiye. !-->!-->…
Inyuma y’amajambo abatari bake bagiye baravuga kukutaboneka ku musi wogushingurana iteka umuhisi Member, Big Fizzo yagize ico ashikiriza kubimuvugwako nimvo zatumye adashobora kuhashika. Big Fizzo kuva ahafatiye urugendo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Aigle Noir w'i Makamba wamaze gukatwa amahera n'uwusanzwe atwara uyo mugwi. Ayo mahera bakaba bayakaswe n'umukuru w'inama nkenguzamateka akongera akaba n'umukuru w'ishirahamwe ry'umupira!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Hampande y'ishirwa ahabona ry'akaririmbo yakoranye n'umwe mu baririmvyi bo muri afrika y'ubuseruko, Yvavn Muziki azonakira Chameleon. Yvan Muziki ibikorwa ngo ntivyahagaze na gatoya, ariko vyarabandanije ukuri kwamye, ivyo!-->!-->!-->…
Babbi ntiyabashije gushira ahabona igenekerezo nyezina ry'ishirwa ahabona ry'amasanamu y'akaririmbo kiwe gashasha. Inyuma y'amasanamu y'akaririmbo yise By Your side yashize ahabona mu mpera z'ukwezi kwa 1,!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.