Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 425

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
featured sport

Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon sports gutsinda Etincelles

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules abandanya kwitwara neza muri Rayon Sports . Hari Ku mugoroba wo kuri uyu wa Kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Ruhuhuma aho Rayon sports yari yaramutse…

adminby admin
Feb 20, 4:54 pm
105
Burundi

Hamenyekanye ivya Black G n’umukobwa aboneka mu masanamu ya Give me Love

Black g ntarya umunwa mu kuvuga ko yasohokanye n'umwigeme aboneka mu masanamu y'indirimbo Give me Love, ariko akavuga ko adashobora kwemeza nimba boba bakiri mu rukundo. Mu gihe hari hagize igihe havurwa ko umukobwa ari…

adminby admin
Feb 19, 11:04 pm
105
Burundi

Amakosa y’umurengere agiye gutuma Stoke city igurisha Berahino

Ugusiba mu nama z’umurwi, ugucerwa mu myimenyerezo, ukongeramwo n’ugutwara imodoka yanyoye inzoga ngo bigiye gutuma Stoke city igurishwa Saido Berahino, muci riza. Saido Berahino ashobora kugurishwa n’umurwi wa…

adminby admin
Feb 19, 7:56 pm
105
East Africa News

Diamond ngo yaranduje Harmonize ingwara y’ugufatanya abakobwa aha na hariya

Diamond ngo yoba yaranduje Harmonize umugera w'ugufatanya abigeme aha na hariya. None Uwo mukunzi w'umu Taliyano ngo yoba asigaye afise umuhabara muri Kenya. Inyuma ya Diamond, Harmonise nawe ariko yagirozwa guca inyuma…

adminby admin
Feb 19, 6:17 pm
105
Burundi

Kigingi yavuze uburyo abengwa n’abakobwa naho atwenza cane

Kigingi n'umukunzi wiwe Marina Kigingi ngo kuba atwenza cane nico gituma abakobwa batamwerekwa mu gihe aba ariko ashikiriza ikiri ku mutima, kuvy'urukundo aba yipfuza. Mugenzi Alfred Aubin…

adminby admin
Feb 19, 5:02 pm
105
featured sport

Saido Berahino ngo yaradodoberejwe

Mu kiganiro na Indundi Sport, Team manager wa équipe nationale Mutima Constantin avuga ko Saido Berahino atafashwe atwara umuduga aborewe nkuko biheruka kwandikwa . Ngo n'akadoberezo, kubwiwe ngo ntacamutangaje…

adminby admin
Feb 19, 5:17 am
104
featured sport

Primus league : Uku niko imigwi izohura ku ndwi ya 23

Ihiganwa rya primus league rigiye kubandanya ku ndwi yaryo ya 23 kuva kw'igenekerezo rya 19 na 19 Ruhuhuma . Ku musi wa Kabiri igenekerezo rya 18 Kigarama. - Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi…

adminby admin
Feb 19, 12:35 am
103
East Africa News

Wema Sepetu yababariwe ku caha c’ugusohora amashusho y’urukozasoni

Wema Sepetu imbabazi yasavye kubera amashusho y'urukozasoni yasohoye yazihawe, ubu akaba agiye gusubira gukora ibikorwa bitandukanye bijanye n'amareresi. Mu gihe kuva mu kwezi kwi 10 kw'umwaka wa 2018, Wema Sepetu…

adminby admin
Feb 18, 7:28 pm
104
Burundi

Big Fizzo avuga ico abamwivye indirimbo bamusigiye

Big Fizzo yakuwe mu gacerere avuga ku ndirimbo zamwibwe zigashirwa ahabona atabazi, anavuga ico vyamuteye. Mu gihe haheruka kwumvikana induru zitari nke z’umwe mu bihangange mu muziki ndundi avuga ku ndirimbo ziwe ziriko…

adminby admin
Feb 18, 4:38 pm
104
East Africa News

Diamond Platnumz yiswe igisuma komvyo

Diamond Paltnumz ngo n'igisuma komvyo, kuko uburyo akora indirimbo ziwe aba yabwivye ku bandi baririmvyi barimwo n'abanyafrika. Nasibu Abdoul Jum ngo n'igisuma komvyo mu bijanye n'ugukora amasanamu…

adminby admin
Feb 18, 3:52 pm
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 423
  • 424
  • 425
  • 426
  • 427
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In