Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 427

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Hoba hari ikiriko kirategurwa hagati ya Big Fizzo na Mc Mello

Mc Mello yoba yakoranye na Big Fizzo indirimbo, naho bataragira ico babishikirizako. Hoba hari igikorwa kiriko kirakorwa hagati ya Big Fizzo na Mc Mello Mc Love nkuko vyabonetse muri Video baheruka kurungikira mugenzi…

adminby admin
Feb 16, 4:19 pm
105
Burundi

Emery Sun arindiriye umwanya mwiza ngo asohore n’izitari iz’urukundo

Emery sun avuga ko n'izindi ndirimbo zitari iz'urukundo amaze kuzandika, ariko akavuga ko hataragera ko azishira ahabona. Mu kiyago Emery sun aheruka kugirana na Indundi magazine yagize ico avuga ku vyivugo ashikiriza mu…

adminby admin
Feb 16, 4:06 pm
105
East Africa News

Leta ya Tanzania yimye Diamond ico yabasavye

Diamond ngo yari yasavye ko kamwe mu ducimbiri duherereye aho yubatse inzu kohabwa izina ryiwe, ariko ngo uburongozi ntibwabimwemereye. Diamond yimwe ico ngo yaragize igihe ariko asaba muri Leta ya Tanzania. Ico naco…

adminby admin
Feb 16, 3:51 pm
104
Burundi

Natacha yababajwe n’abanya Kinama

Naho urukundo ari rwose akunda abanya Kinama, Natacha avuga ko ababazwa no kubona atari bwigere aja kuhakorera igiteramo. Umuririmvyikazi Natacha ngo akababaro ni kose kuri we kubona yari yaratereranye abanya Kinama.…

adminby admin
Feb 16, 3:27 pm
105
Burundi

Intara ya Rutana ibandanya kwakira impunzi z’abarundi zihunguka

Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka w’2019, impunzi z’abarundi zigeraku majana ane na mirongo itatu na batatu (433) nizo zahungutse zivuye mu nkambi y’impunzi ya Nduta mu gihugu kibanyi ca…

adminby admin
Feb 16, 5:57 am
105
East Africa News

Shaddy boo ngo yaratamvye n’agahuzu ko musi kaja hanze (Video)

Ku mashusho yabonetse mu gihe Shaddy Boo yatambana na Otile, uwo muvyeyi w'abana 2 yabonetse ariko atamaba afuka ibihimba vy'imbere kubera umwambara yari yambaye. Umwe mu banyarwandakazi babiza iyashu abantu muri akino…

adminby admin
Feb 15, 9:07 pm
103
Burundi

Aime Loveness yavuze ku busuma bw’indirimbo yagirizwa

Ku busuma yagirizwa, Aime Loveness asaba ko uwogira icemezo na kimwe yogisangiza abandi, kuko we yizeye ko ata cemezo na kimwe gihari. Ibivurwa ko AImee Loveness ngo yoba ariko asohora indirimbo zanditswe na Mirror Team…

adminby admin
Feb 15, 4:10 pm
105
Burundi

Indirimbo “Isi n’icumbi” yasubiwemwo kubera ifise ubutumwa bukenewe

Ubutumwa burashe, ubutumwa bukenewe muri kino gihe, niyo mvo nyamukuru yatumye umurwi" Umuduli Band" usubiramwo indirimbo yo mu myaka ya mirongo icenda, "Isi n'icumbi". Bagasaba gutahura ko atamvo n'imwe yotuma…

adminby admin
Feb 15, 7:46 am
104
featured sport

Indundi Sports | Ulimwengu Jules yashize umukono Ku masezerano yo gukinira Rayon Sport

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yarawe ahawe amasezerano yo gukinira Rayon Sports . Hari kur' uyu wa Kane igenekerezo rya 14 Ruhuhuma umwaka 2019, aho umukinyi w'umusatirizi…

adminby admin
Feb 15, 7:20 am
104
Burundi

DJ Paulin asabwa na Wanda Boy kumujana mu butungane hatararengerana

Ngo nka hamwe Dj Paulin atojana Wanda imbere y'ubutungane hakiri kare, kubera iyo ndirimbo ya Sat-b ngo nta nkeka isohotse hazoba harengeranye. Wanda Boy atanga ubutumwa abuha DJ Paulin amusaba ko yoraba akamujana imbere…

adminby admin
Feb 14, 5:25 pm
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 425
  • 426
  • 427
  • 428
  • 429
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In