Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 428

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Emery Sun agiye guhindura ibitari bike

Ibitari bike vyari bimuzwi Kuri Emery sun nko kudasohora indirimbo nyinshi, ngo bigiye guhinduka muri uno mwaka wa 2019. Mu gihe azwiko kudakora amasanamu hamwe n'ugusohora indirimbo nke mu mwaka, Emery sun avuga ko…

adminby admin
Feb 14, 5:18 pm
105
East Africa News

Ivya Wema Sepetu bishobora gufata iyindi nzira

Urubanza rwagiriza Wema Sepetu gukwirakwiza amashusho y'urukozasoni rugiye gusomwa, urwo bamwe bakaba bafise ubwoba bw'ingingo izofatwa. Wema sepetu ngo agiye gusomerwa urubanza ruvuye mu matohoza yaramaze igihe ariko…

adminby admin
Feb 14, 4:56 pm
103
Burundi

Big Fizzo yavuze ico umwana n’urubanza rw’ubugeni vyahinduye

Ugukora ubugeni, hamwe n'uguca aronka umwana muri ino misi, Big Fizzo avuga ko hari ico vyamuhinduriye muri gahunda yarafise. Big fizzo ngo agiye kuzokorera igiteramo i Kigali hamwe n' i Bujumbura mu kugira ashire…

adminby admin
Feb 13, 3:09 pm
103
homepage

Daniel Cousin ashobora gutanga imihoho muri les Panthetre

Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon Les panthéres Daniel Cousin umwanya n'umwanya ashobora gutanga imihoho. Icotuma Daniel Cousin w'imyaka 42 atanga imihoho n'uko kuvaho ashikiriye mu mugwi nserukira…

adminby admin
Feb 13, 12:58 pm
105
homepage

Uyu niwo Mugwi mushasha uriko urondera Zinendine Zidane

Umumenyereza w'umufaransa Zinedine zidane ariko aronderwa n'umugwi Chelsea wo mu bwongereza. Ukuronderwa kwa zidane naChelsea ni umwimbu muke umumenyereza mukuru wa Chelsea Morizio Sarri amaze imisi atanga na cane cane…

adminby admin
Feb 13, 12:46 pm
105
africa news

Koffi ari imbere y’ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe

Inyuma y’imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w’umunyacongo Koffi olomide ku caha c’ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b’umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa…

adminby admin
Feb 12, 8:40 pm
106
Burundi

None umubeshi ninde hagati ya Paulin, Sat-b na Wanda Boy?

Umubeshi yoba arinde hagati ya Sat-b, Wanda Boy na Dj Paulin? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza yumvirije ivyo Dj Paulin yavuze mu kiri kimwe mu biganiro bivuga ivy’umuziki I Bujumbura. Mu gihe Wanda abandanya avuga ko…

adminby admin
Feb 12, 7:45 pm
104
homepage

UEFA Champions League: Iyi niyo migwi iza guhura mu gice 1/8 gishira icanyuma

Ihiganwa rya UEFA Champions league rugiye kubandanya mu gice 1/8 gushira icanyuma . Izi nizo nkino zigiye gukinwa kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Ruhuhuma isaha zine z'ijoro 22h00 - AC Roma iraza kwakira…

adminby admin
Feb 12, 11:11 am
104
homepage

Urwanda nirwo rugiye kwakira CECAFA Kagame Cup

CECAFA kagame Cup igiye kubera mu gihugu c'Urwanda, mu nama y’abarongoye CECAFA yabaye Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 09 Nzero umwaka wa 2019  mu gihugu ca Ethiopia, abarongoye CECAFA bemeje ko igihugu…

adminby admin
Feb 12, 9:42 am
104
Basketball

#indundi SPORT|Reg BB Patrick yasezerewe na Al ahly

Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c'u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague . Hari Kur'uwu w'Imana igenekerezo rya 10 Ruhuhuma umwaka wa 2019 umugwi Reg BBC umenyerezwa…

adminby admin
Feb 12, 2:25 am
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 426
  • 427
  • 428
  • 429
  • 430
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In