Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 430

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Preeze36 kuri Mannagement zari zikwiye kuba zihari mu muziki

Preeze avuga ko umusahirizi yoba azanywe n'ukumurihira inzu hamwe n'ukumugurira impuzu, uwo ngo yoshaka akirekera. Preeze ngo nta mugambi afise wo kurondera abasahirizi bamugurira impuzu canke abamurihira inzu, kuko ivyo…

adminby admin
Feb 9, 1:51 pm
103
featured sport

Karim Makenz yitezwe mu rukino rukomeye uno musi

Karim Nizigiyimana batazira Makenz agiye kuboneka mu kibuga Ku ncuro yiwe yambere ari muri Vipers Fc. Inyuma yo kugurwa n'umugwi Vipers Fc ukina mu cicaro ca mbere mu Buganda kur' uyu wa Gatandatu igenekerezo…

adminby admin
Feb 9, 5:11 am
104
Burundi

Dudu Niyukuri yavuze ku catumye ahunga Uburundi

Dudu avuga ko naho abaririmvyi bata umwikomo ku butegetsi, ngo amakosa akorwa nabo ubwabo. Dudu Niyukuri yahavuye ahishura impamvu yamutumye we yerekeza mu gihugu ca Kenya. Aho ni mu gihe we n'abatari bake mu…

adminby admin
Feb 8, 8:39 pm
105
Burundi

Indirimbo ya Sat-b na Meddy niyasohoka ngo bizobabera inyungu bose

Mu gihe wandaboy avuga ko indirimbo ya Sat-b na Meddy aribo bayifise, Sat-b we avuga ko iyo ndirimbo itarahera, ahubwo ngo agiye kuyiherahereza i Kigali mu Rwanda. Sat-b avuga ko ivyo ari ivyo baheruka kuganira na Meddy…

adminby admin
Feb 8, 7:04 pm
105
East Africa News

Ukwisiramuzwa kw’abashingamateka batarabikora kwateje uruhagarara muri Tanzania

Habaye ukutumvikana hagati y'abashingamateka muri Tanzania kubera ukwigenyeza, Ugusiramurwa. Ivyo bikaba vyasabwe n'umugore w'umushingamateka, ashigikirwa na mugenziwe ariko umwe mu bashingamateka…

adminby admin
Feb 8, 6:36 pm
104
Burundi

Gitega |Abaganga b’abahinga nibo bitezwe i Kibuye

Ibitaro vyitiriwe umwizero  vy’i Kibuye mu ntara ya Gitega muri komine ya Bukirasazi (Hôpital Espoir de Kibuye) bigiye gusubira kwakira abahinga karuhariwe mu kuvura no kubaga amagufa. Abaganga b’abahinga mu kuvura no…

adminby admin
Feb 8, 5:02 pm
105
featured sport

# Intamba U20 zasezerewe n’igihugu c’africa yepfo

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba uhejeje gusezererwa n'igihugu ca Africa yepfo mu mahiganwa ya CAN U 20. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isakumi n'imwe n'igice…

adminby admin
Feb 8, 1:49 pm
104
East Africa News

Zari yashize mu rwara Diamond

Amafaranga Diamond afise ngo ntashikira ayo abagabo bandi bagendanye na Zari bari bafise. Mu gihe Zari azwiko kugendana n'abagabo bafise amafaranga, Diamond ngo ntaja mu gitigiri c'abagabo bafise amafaranga…

adminby admin
Feb 8, 12:05 pm
105
Burundi

CAN U20: Aba nibo bakinyi 11 b’intamba Joslin yasabwe gutanguza

Abakunzi b'inkino bipangiye urutonde rwabo basaba na Joslin bipfubusa ko arirwe yotanguza mu rukino rw'africa y'epfo. Mugihe kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha cumi nimwe n'igice…

adminby admin
Feb 8, 3:59 am
105
featured sport

Intamba U20 zemerewe umuriyoni umwe kuri buri mukinyi

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wa batarenza imyaka 20 wemerewe umuriyoni umwe kuri buri mukinyi nibwatsinda urukino ruzobahuza na Africa y'epfo. Ayo mahera bakaba baramutse bayemerewe n'uwusanzwe…

adminby admin
Feb 8, 3:34 am
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 428
  • 429
  • 430
  • 431
  • 432
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In