Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 431

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Sat-b, Big Fizzo, Natacha, Miss Erica na bagenzi babo bariko bitwara neza I Kigali

Abaririmvyi batari bake b’abarundi babandanya bitwara neza I Kigali, aho bibandanije bigenda neza nkuko biri uno musi, mu myaka 5 gusa Uburundi bwoba bwisubije ikibanza bwari bufise aho hambere hahise muri kano karere. …

adminby admin
Feb 7, 9:37 am
105
Burundi

Big Fizzo ati abana mfise ubu sindabazi igitigiri

Big Fizzo yavuze ku mwana wiwe aheruka kuvuka hamwe n’uwundi mukuru bivurwa ko nawe agiye gufata inzira nkiya se mu kuririmba. Big Fizzo ngo ntiharagera ko berekana umwana wiwe, avuga ko hakiri kare, ngo nihagera…

adminby admin
Feb 7, 8:49 am
105
Burundi

Ico ubushikiranganji bw’umutekano bushikiriza ku rupfu rw’uwahora agendesha ikinga

Umuntu umwe yahora yunguruza abantu n’ibintu kw’ikinga yaciye yitaba Imana nayo abandi barafatwa ku mvo z’amatohoza; aho ni inyuma y’intureka yadutse hagati y’abajejwe umutekano n’abanyonga amakinga yabereye hafi ya zone…

adminby admin
Feb 7, 8:04 am
105
featured sport

U Burundi bwungutse ikibanza kimwe muri FIFA

Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukira gihugu yama isumba sumbana ibibanza , Uburundi mu kwezi kwa Nzero bwungutse ikibanza kimwe, Bukaba…

adminby admin
Feb 7, 6:54 am
104
culture

#indundi|Leonard Sinzinkayo yanshinguranywe iteka

Imboneza mu muziki ndundi Leonard Nsinzinkayo yamenyekanye cane mu mwaka w’ 1988 gushika 1998, uno musi niho yashinguranywe iteka. Aherekejwe n’urwaruka rwabaririmvyi rutari ruke, rugiwe imbere n’umuhungu wiwe azwi…

adminby admin
Feb 7, 4:08 am
106
featured sport

# Shassir Nahimana yatsinze igitsindo ciwe ca mbere muri Al- Mujazzel

Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Shassir Nahimana yaraye yitwaye neza. Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 05 Ruhuhuma umwaka wa 2019 aho ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri muri Arabie Saoudite ryari…

adminby admin
Feb 7, 1:01 am
106
featured sport

Aya niyo masezerano Karim Nizigiyimana yahawe muri Vipers

Karim Nizigiyimana agiye gukinira umugwi Vipers Fc wo mu Buganda. Kizigenza w'intamba mu rugamba mu nkino ziheruka z'umugwi nserukira gihugu Nizigiyimana Karim Makenz, kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 06…

adminby admin
Feb 7, 12:49 am
105
East Africa News

Uganda yihetse ku bakobwa n’abagore b’ibisusu binini binini mu gukwega ba mukerarugendo

Hampande y'ingunge, ama Park,inyoni n'umugezi wa Nile, hagiye kwiyongeramwo abakobwa b'ibisusu binini binini ngo bikunde igitigiri ca ba mukerarugendo bagendera Uganda biyongera. Mu gihe ba mukerarugendo bari mu…

adminby admin
Feb 6, 5:07 pm
104
Burundi

Ibihangange biri muri Isanganiro Awards

Abaririmvyi batandukanye baomeye ba hano bafise indirimbo mw'ihiganwa rya Isanganiro Awards Indirimbo 20 ziri mw'ihiganwa rya Isanganiro Awards zamaje kuja ahabona, izo ndirimbo zikaba zirimwo zibiri zibiri…

adminby admin
Feb 6, 10:55 am
104
Burundi

Umwe mu bana ba Lolilo baba mu bwongereza ngo akinira Arsenal

Lolilo ngo arereye mu murwi wa Arsenal w'abakuze, Senior, uwarereyo akaba yitwa Nassor Juinior afise imyaka 8. Umwana wa Lolilo w'imyaka 8 niwe asigaye akina mu murwi wa Arsenal, ivyo Lolilo akaba yabiyagiye…

adminby admin
Feb 5, 11:18 pm
106
  • Previous
  • 1
  • …
  • 429
  • 430
  • 431
  • 432
  • 433
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In