Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 02 Ruhuhuma umwaka wa 2019 harindiranywe igishika inkino za CAN U 20 mu gihugu ca Niger , Imboneshakure zizokwerekana izo nkino zamaze kumenyekana. Izo mboneshakure zimaze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Musangati Fc hamwe na Aigle Noir bagiye gucakirana mu rukino rw'igikombe citiriwe Ubumwe bw'abarundi benshi bita Coupe de l'unité. Ni urukino ruzoba kuwa kabiri igenekerezo rya 5 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 30 Nzero umwaka wa 2019 ishirahamwe ry' umupira w'amaguru muri Africa CAF niho ryashira ahabona uko imigwi izohura mu nkino zo kurondera itike rya CHAN 2020!-->!-->!-->!-->!-->…
Haraciye igihe hasubiye kwibonekeza inzara izura inzara mu makomine amwamwe agize intara ya Kirundo yaturutse ku ruzuba, imiryango itari mike ikaba iguma ita izabo, bamwe muri iyo miryango bakaba bahungira mu gihugu!-->!-->!-->…
Ikivyimba co mu nda ngo nico cagira kidutware umwigeme Miss Erica asanzwe akorera ibikorwa vy’umuziki I Kigali. Ariko ubu ngo ni sawa. Miss Erica ngo yaragize igihe arwariye I Kampala, Ariko ubu ngo ni sawa akaba ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Jux yaheruka I Bujumbura ku butumire bwa Bantu Bwoym agiye kugaruka I Bujumbura mu giteramo aherekeje umukunzi wiwe Vanessa Mdee. Inyuma yaho ahamagariwe I Bujumbura na Bantu Bwoy, Jux ngo agiye kugaruka I Bujumbura!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules niwe agiye gusubirira Bimenyimana bon fils Caleb muri Rayon Sports, uyo musatirizi w'umurundi yahora akinira Sun rise mu mezi atandatu aheze yaciye yipfuzwa na Rayon Sports. !-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uhagurikiye ibujumbura kuwa kabiri w'igenekerezo rya 29 Nzero(01), waraye ushitse amahoro muri Niger . Intamba mu rugamba z'abatarenza!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 23 bagiye kwitegurira urukino rwa Congo Brazza mu kwezi kwa Ntwarante . Akaba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gaturuturu ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 30 Nzero umwaka w'2019 mu ntahe y'ikibiriraho yarangiye igihe c'isaha zitandatu n'iminota mirongo ine z'ijoro (00h40), Sentare Nkuru!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.