Umukinyi w'inyuma w'Intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic yaraye afashije Chipa United gusezerera Mamelody Sundhouse mu gikombe ca Ned Bank cup. Mu rukino rwari rwabaye kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 26 Nzero!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Mukura Vs ubandanya witwara neza mw'ihiganwa ryo mu Rwanda Azam Premier league . Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 27 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga ca Huye niho hari haramutse haba urukino!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'Intamba mu rugamba Mavugo Laudit yaraye atsindiye Napsa Star ibitsindo bibiri ku gatwe kiwe . Hari kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 27 Nzero umwaka wa 2019 aho ihiganwa ryo muri Zambia!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat-b ngo abamwanka ntibazobura, ariko n'abakunzi baruzuye. Ahanurwa gukomeza uko ariko arakora ahubwo ashiremwo inguvu gusumvya. Bizimana Aboubakar Karume abenshi bazi nka Sat-b ahanurwa kubandanya araba imbere!-->!-->!-->…
2 muri 4 baboneka ku mashusho yashizwe ahabona n'umwe mu bayariko, basohokanye na Diamond, kandi nawe akaba ayabonekamwo. Hashizwe ahabona ama foto y'umuririmvyi Diamond Platnumz, arikumwe n'abigeme batari bake!-->!-->!-->!-->!-->…
Nka hamwe Mwiseneza atotorwa ngo abe Miss rwanda 2019, bamwe bavuga ko azoba yibwe kuko ariwe mwigeme akunzwe cane muri kino gihe n'abakurikirana ico gikorwa. Ariko abagitegura bo bakabibona ukundi. Aho bukera buca!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana nabo kandi yongera arondera abavuga izo zindi. Dudu Niyukuri ngo agiye guhindura ururimi aririmbamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/6yWC3A-vLuk
Igitabo bivurwa ko cahinduye ubuzima bw'abantu benshi kigatuma abantu benshi bashika ku masonga ni igitabo citwa " Think and Grow Rich" canditswe n'uwitwa Napoleon Hill yava muri Amerika, akaba yacanditse!-->…
Jeanjos Parfait agiye gukorana n'inzu y'ubuhinyanyuzi bw'amasanamu Grand Pictures Umuririmvyi Jeanjos Parfait asanzwe aririmba indirimbo zimindiho yose itandukanye harimwo cane cane umuziki w'ikibiriraho (Live!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.