Umuntu umwe yaciye yitaba Imana ubwo nyene nayo abandi bagera kuri bane barakomereka inyuma y'isanganya ry'imodoka zibiri hamwe n'ipikipiki vyagonganiye imbere y'ibitaro vy'abasirikare vyo mu Kamenge. Mu gatondo kuri uno!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho radio buja FM yari iramutse iha agashimwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 waraye ufashe urugendo wekereza mu gihugu ca Niger . Hari kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 29 nzero umwaka wa 2019 isaha umunani n'igice 14h30!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Jean Marie Niyokindi, umushikiranganji w'amahinguriro n'ubudandaji Ubushikiranganji bw’ubudandaji n’amahinguriro buriyamiriza ingingo y'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi y'uduza ibiciro ry’ibinyobwa bimwe!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi Aigle Noir Kanakimana Bienvenue niwe yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Kigarama. Kuri uyu wa mbere igekerezo rya 28 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga ca Centre Technique National!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza mukuru w'Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa yaraye ashize ahabona urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba mu rugamba bagiye gufata urugendo rubashikana muri Niger . kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 29!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi. Dudu Niyukuri ngo yabwiwe ko indirimbo yari yashize mu rukurikirane buca rushirwa ahabona!-->!-->!-->!-->!-->…
Sangulani Chikumbutso, umwenegihugu wo muri Zimbabwe atashoboye kurangiza amashure yisumbuye aherutse gukora indege kajugujugu, imodoka ikoresha umuyagankuba hamwe na drone. Uyo musore yavukiye mu minyaganyaga mu ntara!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'Intamba mu rugamba Nahimana Shassir yaraye ahawe amasezerano mu mugwi Al Mujazzal Club wo muri Arabie Saoudite . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 aho Umukinyi wo!-->!-->!-->…
Umusatirizi w'Intamba mu rugamba akinira Rayon sports, Bimenyimana bon fils Caleb yaraye asezereye abakunzi b'uwo Mugwi. Hari kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 27 Nzero umwaka wa 2019 aho Umugwi Rayon Sports!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.