Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 442

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Uwahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho

Manirakiza Marc batazira Poshen yahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho. Amakuru akaba yaraye abonetse Ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook rwegukira umugwi Messager Ngozi aho avuga ibimenyeshwejeko ari…

gibbonby gibbon
Jan 7, 8:49 am
104
featured sport

Coupe du Président : Uki Niko Imigwi yose yatsindanye mu gice ca 32 gishira icanyuma

Kuva Ku musi wa Kane igenekerezo rya 04 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira icanyuma z'igikombe c'Umukuru w 'Igihugu zaratanguye icese , izo nkino zikaba zakinywe imisi ine, Ku musi wa Kane…

bosingwaby bosingwa
Jan 7, 2:18 am
104
featured sport

Fiston Abdoulrazzaq niwe yaraye ahaye itsinzi Js Kabylie

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba abandanya yitwara neza mu mugwi Js Kabylie.z Ku musi wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 4 Nzero umwaka wa 2019 niho hakinwa urukino rw'indwi ya 16 y'ihiganwa ryo mu…

bosingwaby bosingwa
Jan 6, 1:15 am
105
featured sport

Arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere

Inyuma yo kugurwa n'umugwi Lusaka Dynamos umunyegori w'umurundi arakaza Mac Arthur yaraye yitwaye neza mu rukino rwiwe rwambere muuruwo murwi. Urwo rukino rukaba rwabaye Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 04 Nzero…

bosingwaby bosingwa
Jan 6, 1:12 am
105
featured sport

Ibitsindo bibiri vyompi vyatsinzwe na Alexis kitenge

Hakizimana Alexis Kitenge yitwaye neza mu rukino rwa kivandimwe aho umugwi Makao Fc waraye ukinye n'umugwi wo mu cicaro ca kabiri. Hari kuri uyu wa Gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Nzero umwaka wa 2019, aho…

bosingwaby bosingwa
Jan 6, 1:09 am
104
featured sport

Azam Premier League Rwanda : Bon fils Caleb yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 6

Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye asubiye kwitwara neza. Hari Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Nzero umwaka wa 2019 aho Rayon Sports yari…

bosingwaby bosingwa
Jan 6, 1:06 am
106
Entertainment

Diamond Platnumz yavuze igituma bakunda abakobwa b’abanya Kenya

Diamond Platnumz ntadeha ko abanya Tanzania bakunda abakobwa b’abanyakenya, aho yari muri Wasafi Festival akaba yahavuye avuga igituma babakunda. Mu gihe yari mw’isabukuru rya Wasafi Festival, Diamond yavuze ku bigeme…

yanickby yanick
Jan 5, 5:03 am
104
featured sport

Uku Niko imigwi yatsindanye mu gikombe c’Umukuru w’igihugu

kuva kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 niho ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu ryatangura icese. Uku Niko imigwi yatsindanye: - Royal Fc yatsinze Nyabitsinda Fc yo mu Ruyigi…

bosingwaby bosingwa
Jan 4, 10:49 pm
105
featured sport

Emery na Desire mu rutonde rw ‘abahagarikizi 16 mpuzamamukungu

Abahagaritsi babasore babiri aribo Niyongabo Emery hamwe na Désire bavutse mu mwaka wa 1986 nibo bongewe mu rutonde rw' abahagarikizi 14Mpuzamakungu ba FIFA na CAF bari bahasanzwe baca bakwiza igitigiri ca bahagarikizi…

bosingwaby bosingwa
Jan 4, 10:48 pm
105
featured sport

# Indundi Sports | Elvis Kamsoba yaguzwe muri Melbourne Victory

Umukinyi w'Umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba yaguzwe mu cicaro ca mbere mu mugwi Melbourne Victory . Mu nyandiko yashizee ahabona n'ikinyamakuru cegukira Umugwi Melbourne Victory bavuze y'uko bari…

gibbonby gibbon
Jan 4, 2:40 am
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 440
  • 441
  • 442
  • 443
  • 444
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
206

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In