Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 449

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Cypro Light arahakana amasanamu y’umwigeme ari gusa yagirizwa

Naho ata vyemezo bafise, abatari bake bagiizaCypro Light kuriha umwigeme yabonetse atamba indirimbo yiwe ari gusa, kumuha amafaranga ngo abikore. Mu gihe hari hagize igihe hariko hakwirakwizwa hirya no hino amashusho…

yanickby yanick
Dec 8, 4:57 pm
105
Burundi

Zimwe mu ndirimbo zagize ico ziha Emelance yazandikiwe na inakuru

N'akababaro kenshi, Emelance arababazwa kuba inakuru yasezeye isi atabonye ico indirimbo yamwandikiye zamumariye. Indirimbo Yambogorera ngo niyo Emelance emmy akunda gusumba izindi ndirimbo yaririmvye, ivyo akaba aheruka…

yanickby yanick
Dec 8, 4:46 pm
106
East Africa News

Diamond yarondereye umutekano umukunzi wiw mushasha, Tanasha

Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka afise uwumucungera…

yanickby yanick
Dec 8, 4:30 pm
106
homepage

CAN 2019 : RDC niyo yonyene imaze gusaba gusubirira Cameroun

Inyuma y'aho igihugu ca Cameroun cankiwe gutunganya amahiganwa ya CAN 2019 bitumwe n'uko ngo itashoboye kwitegura bihagije kugira ngo izoshobore kwakira atagahaze ayo mahiganwa, icegera c'umukuru wa CAF…

janvierby janvier
Dec 8, 6:44 am
106
africa news

Nigeria : Amatati y’amatongo yaraye yihaye inkumbi

Ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 7 Kigarama umwaka w'2018, amatati y'amatongo yarihaye inkumbi mu karere ka Lavun ko muri Rata ya Niger mu burengero bwa Nigeriya. Ubuzima bw'abantu…

janvierby janvier
Dec 8, 6:06 am
107
BDUSA

#indundi|Natacha niwe yaraye atahukanye agashimwe nkumuririmvyi yakoze neza uno mwaka

Umuririmvyikazi Natacha yaraye atowe n'ishirahamwe ry’abaririmvyi ryitwa Coopérative des musiciens du Burundi nk’umuririmvyiyakoze neza cane kuruta abandi uno mwaka wa 2018. Ninyuma y’ibikorwa bitaribike…

epimacby epimac
Dec 8, 5:51 am
105
Burundi

Mutama Gerard yakoze igiteramo gitangurira uruhererekane rwavyo azokorera I Kigali

Isaha imwe n'inusu y'ijoro, niho umuririmvyi w'umuhumure Ndikubwayo Gerard yatangura kuririmba indirimbo ya mbere mu giteramo citiriwe Agashitsi ka Kera cabereye muri Oasis of Peace mu gisagara Kigali. Akaba…

yanickby yanick
Dec 7, 2:44 pm
103
BDUSA

Highlights Vital’o FC (Burundi) vs New Star de Douala (Cameroon) (1 – 4)le 05.12.2018

https://youtu.be/BK8WjC4j-9w?list=PLfqlH3YW9SLYC_5RutsvQGHliZcFg6B1y

gibbonby gibbon
Dec 7, 8:02 am
104
featured sport

Justin Ndikumana mu bakinyi Sofapaka yaguze

Inyuma yo gushira umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi Sofa paka imyaka Ibiri (2) ,Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Justin Ndikumana yashizwe ahabona mu bakinyi Sofa paka izokwifashisha mw'ihiganwa…

bosingwaby bosingwa
Dec 7, 6:47 am
104
featured sport

Primus ligue : uku niko imigwi igiye guhura Ku ndwi ya 17

Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018 no kuw'Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018, ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku ndwi ya 17. Uku ariko imigwi igiye guhura…

bosingwaby bosingwa
Dec 7, 5:44 am
106
  • Previous
  • 1
  • …
  • 447
  • 448
  • 449
  • 450
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Muri Siren Vibe ngo imikino yarahagaze
Burundi
321

Muri Siren Vibe ngo imikino yarahagaze

Featured2
Featured2
107

The 30 Best Ways to Travel for Cheap This Summer

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
287

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In