Aha tugarutse kuri wa Musozi Mariage kenshi na kenshi ukunda guhura n'ibihuhusi, bimwe mbere bikaza bimeze nka bimwe bita TSUNAMI aho bitema bigatongora, ingo zikabomoka, abubatse bagasanzara imitima, umuntu akonda…
Naho hari abahinga bashobora kuziraba, ariko ngo igitigiri kinini c'abahora barabira ivy'urukozasoni ku mbuga zivyerekana ntibagishoboye kuziraba muri Uganda. Imbuga zerekana amashusho y'urukozasoni, canke izerekana!-->!-->!-->!-->!-->…
"Impanuro twaheruka guhanahana zari iz'uko wokora ibishoboka ukarondera ibishobisho ( émotions) biza gushigikira ico wifuza gushikako muri kazoza. Ivyo navyo ukabikora ukoresheje kwandika misi yose urutonde…
Imvura y'isegenya idasanzwe iguye ku muhingamo wo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 10 Kigarama umwaka w'2018 yasize amazi ajererenga mu duce tumwe tumwe twaba utwo mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu ntara!-->…
Mac arthur ku kibuga c'indege ca Bujumbura Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Arakaza Mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu kitaramenyekana . Inyuma y'imisi ibiri haguma haboneka ifoto Ku mbuga ngurukana!-->!-->!-->!-->!-->…
Abenegihugu b'Ibihugu bitandukanye birimwo Congo na Angola batswe uburenganzira bwo bwinjira muri Tanzania ata Visa barishe, mu gihe Afrika yipfuza ko ibihugu biyigize vyugururira imipaka abanyafrika. Abenegihugu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 8 na 9 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 17 . Uku Niko imigwi yose yatsindanye: Aigle Noir itsinda Buja city ibitsindo 3 kuri 1. Les lierres yanganije!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
N'uko rero ibintu bikaza bukebuke tukabibona, tukabireka, maze mu kiringo bimaze kudukubita hasi, tugatungura gukorora imyosori! Iyo ufise urutaro ruriko ubumera, ntuze ureke inyamanza ngo zigweko witeze ngo uzoheza…
Umwigeme Quiin Abenakyo asanzwe ari Miss Uganda2018-2019 yaraye yambitswe urugori rwa Miss Afrika-Monde 2018. Kuir uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 8 Kigarama i Sanya City muri Repubirika Populaire!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye. Abarundi baba Houston mu gisagara ca Texas muri Reta zunze ubumwe za Amerika bariko barategura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.