Umukinyi w’umurundi Mvuyekure Emanuel akaba na Kizigenza w’umurwi KMC yaraye afashije uwo murwi kuja mu gice gikurikira mu nkino za Azam Sports Federation Cup. Emanuel Mvuyekure akaba ariwe yinjije igitsindo ca KMC…
Haraye habonetse amashusho y’ubukwe bw’uwahoze ari umumenyereza w’Intamba mu rugamba kera Ribakare Bauduin alias Ndindi . Amakuru indundi Sports yaronse aravuga ko Ribakare Bauduin yubatse urwiwe…
Dj Jackson bari bamwikoreye abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Igituma n'uko yaravuze ko afise indoto zo kubona umuririmvyikazi w'umurundi akorana igikorwa n'abaririmvyi bakomakomeye…
Umurwi Bumamuru Fc uriko wiyubaka bimwe bikomeye inyuma y’umuzo w’umumenyereza Joslin Bipfubusa. Biravurwa ko umurwi Bumamuru Fc umaze kugura abakinyi bashika kuri 4 bakomeye kugira baze bawufashe mu nkino zogusubiriza…
Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi Ngama Emanuel yaguzwe muri As Muhanga ikina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Uwo mukinyi akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo murwi mu kiringo c’amezi 6. Ngama…
Vyari bikitudidaniye aho Umuririmvyikazi Natacha yari yerekeje, kuko yabonetse ari mundege yandika amajambo afobetse cane ngo telefone yiwe yaheze umucanwa agiye kuyi chargea. Benshi bagumanye amakenga ariko nkuko…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umurwi wa OGC Nice ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’ubufaransa . Youssuf akaba yashize umukono ku masezerano…
Mu kwezi kwa 3 kw'uwu mwaka turimwo, umuririmvyi Double Jay ngo azoteramisha ababa mu bufaransa neza neza i Lyon. Iyo niyo nkuru yazindutse ku mbuga ngurikanabumenyi hano iwacu. Umunezero ni wose naho hari abatanguye…
Etienne Ndayiragije yigeze kuba umumenyereza mukuru w’umurwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa Stars niwe agiye kumenyereza umurwi nserukira gihigu Inramba mu rugamba . Etienne akaba yashize umukono ku masezerano yo…
Big Fizzo na Sat-b ngo umwanya n'umwanya bashobora gukorana igikorwa gishasha, ivyo biheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe. Iyo ndirimbo yategujwe ikaba izoba ije Inyuma y'igihe kirekire abafana basaba ko abo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.