Emery sun yoba ariko ategura igikorwa gishasha muri Studio nshasha hano mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Emery sun ubwiwe aho yasangiza abamukurikirana amashusho y'igihe yari yagiye…
Umukinyi w’umurundi Francis Moustapha Njali ari mu bihe vyiza mw’ihiganwa rya Zambia ( MTN Zambia Super League). Urukino rwaraye ruhuje Zanaco Fc ikinamwo umukinyi w’intamba mu rugamba Francis Moustapha Njali…
Amakuru dukesha ikinyamakuru co muri Tanzania Mwanaspoti avuga ko umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Gaël Bigirimana yemeye kuzorihwa amafaranga yiwe ibice bice inyuma yaho umurwi young Africans ucuriye kuburi…
Naho atakirashikirizwa ku mugaragaro, abari bazwi ko ari abakunzi abo nabo ni Sat-b na Belle Nice ngo bwabundi bamaze igihe baratandukanye, ngo ntibakiri mu rukundo. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Belle Nice…
Ndikumana Mugani Desire ngo ntabarizwa i Bujumbura muri kano kanya. Big Fizzo ngo yerekeje ku mugabane wa Buraya. Uwo muririmvyi asanzwe afise n'ubwenegihugu bw'ubufaransa akaba agiye mu gihe yaheruka kwemera…
Mu baririmvyi bakoze neza muri uyu mwaka wa 2022 duheruka kurangiza, ngo Big Fizzo, Sat-b na Natacha ntibarimwo. Aho ni mu gihe ibinyamakuru bitandukanye bitarabasha gushira ahabona urutonde rw'abaririmvyi bakoze neza…
Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw'iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa…
Umunezero ni wose kuri Alvin Smith, kuko uko imisi igenda ariko ibintu vyiza bimubako bibandanya biba vyinshi gusumba. Inyuma yo gushira ahabona Indirimbo AKADAJE na Juno Kizigenza, noneho igahakwa gukwiza Views 100,000 mu…
Umukinyi w’umusatirizi w’Umurundi Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 21 Nzero 2023 , ku kibuga c’Inyamirambo isaha icenda 15h00 aho umurwi…
Baramuhakije kubera Inyota bafitiye ibikorwa vyiwe, abo s'abandi n'abafana ba Yoya Jamal. Mu gihe mu ntango z'uku kwezi, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko agiye Kandi kugaruka ku rubuga rw'umuziki, ariko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.