Umukinyi w’umurwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza abandanya yigenza neza mu gihugu ca Tanzania . Hari kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 18 Nzero 2023 ku kibuga ca Mkapa kiri mu…
Meili n'umuririmvyikazi w'umurundikazi yaje mu mwuga wokuririmba ningoga aca aranafatisha ningoga ku ndirimbo ziwe gusa nkeyi ariko ngo tutaramumenya hari ibihe bitoroshe yaciyemwo. Uretse collabo yakoranye…
Inyuma y'amakuru ko Yvan Muziki yatandukanye na Marina mu rukundo, uwo muririmvyi ngo afise igikorwa gishasha gishobora gusohoka umwanya n'umwanya. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi abarizwa i…
Vuba cane ngo ireresi y'uruhererekane rishobora gusohoka, iryo naryo rikaba rizobonekamwo abakinyi b'abarundi nka Gasore le Comedien hamwe n'abakinyi b'abanyarwanda. Nkuko amakuru dukesha urubuga…
Umu diaspora yakoze ibara, akoza agati mu jisho kwa Marina umutambukanyi wa Kigingi none abishize ahabona n'agashavu kenshi. Marina umutambukanyi wa Kigingi yiyamye aba Diaspora ku ngeso bafise, akibaza nimba nawe…
Inyuma y'igihe abantu batari bake bavuga amajambo atandukanye ku bucuti bushasha buvugwa hagati ya Sat-b na Big Fizzo, na Lolilo nawe yahavuye agira ico avuga. Mu kiganiro aheruka kugirana na Landry Promoter, uwo…
Ukwigumanira n'abangana n'abo yavyaye, n'ukwitabira ubutambiro bihagije ngo biri mu bituma Big Fizzo aguma ari ku mwanya gusumba abubu bibera muma Showbuzz gusa. BIG Fizzo na Sat-b ngo nibo baririmvyi 2…
Mu mpera z'umwaka 2022 Umurwi Redemption voice uririmba indirimbo Zininahaza Imana warakoze igiteramo c'amateka catangaje benshi kuko abantu baracitabiriye ku bwinshi batitayeho n'imvura yariko irarwa. …
Amakuru Indundi Sports yakuye kuri bamwe mu bamenyeshamakuru bo mu gihugu ca Tanzania aremeza ko umurwi Young Africans wamaze kuvavanura n’umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Gael Bigirimana . Ivyo bikaba bije…
Harmonize na Rayvanny basubiranyemwo, muguterana amajambo bakoresheje imbuga zabo za Instagram, Ubu hoho bavuga n'akari i murore. Mu ntambara y'amajambo iriko iranga abasore babiri bose baciye mu minwe ya Diamond…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.