Umugwi Fofila PF nturarekura ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ry’abigeme Lumitel Women’s league . Mu mpera z'indwi yaraye iheze isozera umwaka wa 2022, ihiganwa ry’abigeme rifashwe mu mungongo…
Ivyo Alvin Smith yaragize imisi ariko aravuga ko bitamworoheye, birimwo abashira amajambo umugore, abatari bake baguma bavuga ko yoba ari Buzz, ariko umugore wiwe nawe yerekanye ko bwabundi atari Buzz, ngo n'ukuri.…
Umwaka wa 2023 ngo uzorangira umuryango wa Mugenzi Alfred Aubin benshi muzi nka Kigingi baronse ikibondo. Ico nico cizere guheruka gutangwa na Marina umutambukanyi wiwe biciye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Nkuko vy'ama…
Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n'indirimbo z'abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s'aha gusa n'abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ribicishije mu gisata c’abahagarikizi, ryarashize ahabona urutonde rw’abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi bahawe uburenganzira bwo guhagarikira inkino mpuzamakungu zo mu mwaka…
Mu ntumbero yo kwitegurira inkino zo gusubiriza za Primus League , Umugwi Inter Star ugiye gukina urukino rwa kivandimwe . Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 03 Nzero 2023 ku kibuga ca CTN i Bujumbura niho umugwi…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ry’abigeme Lumitel Women’s league rigiye kubandanya kundwi igira 8. Inkino zose zizoba kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 bivanye n’umwaka mushasha . - Isaha zine zo…
Umugwi Flambeau du Centre wamaze kugura uwahoze ari umusatirizi wa Top Junior Murangira Ramires . Mu ntumbero yo kwitegurira neza inkino zo gusubiriza za Primus League , umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega…
Inyuma ya Hussein Welo gutandukanya na Musongati Fc , uwo mugwi wahavuye uzana Omar Ntakagero . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Kigarama 2022 niho uwahoze ari umumenyereza wa Bujumbura City , Omar Ntakagero yashira…
Vyari bikiri indoto kubona abaririmvyi b'abarundi atamunyamahanga arimwo kugira bakore igiteramo ahantu hiyaguye. Bibaye ivy'imboneka rimwe hakazoba ari kuri Stade INTWARI, tumenyereye kubona habera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.