Mu mpera z’indwi yaraye iheze , ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 7. -Umugwi wa Intwarikazi wanyagiye Etoile du Matin ubutsindo 4 kuri 1 - PVP Buyenzi yanyagiye Onze etoiles…
Abanyarwanda ngo boba bafise ico batinya ku barundi, kikaba arico gituma basa n'abashizeho imyugariro ku muziki w'abanyamahanga. Mugani Desire mu kiyago aheruka guha bagenzi bacu, yavuze ko abanyarwanda abatahura mu…
Mr champagne yatanguye gukeza D-one ko ari umuririmvyi akomeye Kandi abishoboye cane no mu karere ka Afrika bikunda ko yofatisha akoresheje impano yiwe. Yaciye agaruka kubutumwa bamwe na bariya babandanya batanga ku…
Abashikiranganji bagize Reta y’Uburundi hamwe n’Umukuru w’igihigu Evariste Ndayishimiye nabo nyene baterereye amafaranga angana n’imiriyoni 100 z’amarundi kugira ikibuga Intwari kibandanye cubakwa . Ivyo bikaba…
Mu ntumbero yo gusangira umusi mukuru wa Noël n'ababaye, ishirahamwe ryo gutwara abantu n'ibintu Van Transport ryaterereye uburyo bungana n'i milioni zitatu z'amafaranga y amarundi (3.000.000Fbu), kugira…
Abagwizatunga bo mu Burundi hamwe n’amabanki , amashirahamwe bahejeje guterera amafaranga atari make kugira ikibuga citiriwe Intwari kibandanye cubwaka. Hari kuri uwu wa kane igenekerezo rya 22 Kigarama 2022 ku kibuga Intwari…
Nkuko twagiye tubabwira mu makuru yacu atandukanye, igiteramo citiriwe "Wangiriye neza"ubutigu burageze. Babifashijwemwo na Blue Harmony , Redemption voice igiye kubica bigacika, ivyo bakoze mu myaka 15 bagiye…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Pacifique Niyongabire agiye gukina mu gihigu ca Canada. Uwo mukinyi akaba yaguzwe n‘umugwi wa Valour Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Canada ( Canadian Premier…
Uburundi bugiye gutegura urubanza rukomeye cane rw’inkino za Volley ikinirwa ku musenyi . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Kigarama 2022 kuri Beach Petit Bassam aho uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball mu…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza ashobora gusinya muri Simba Sc umwanya n’umwanya . Ayo makuru tukaba tuyakesha umwe mu bantu begereye cane umugwi Geita Gold asanzwe akinamwo mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.