Umumenyereza Joslin Bipfubusa yari yafashije Bumamuru gutahukana igikombe c’Umukuru w’igihugu c’umwaka 2021-2022 munyuma aca yerekeza muri Tanzania yagarutse muri uwo murwi . Joslin Bipfubusa yahora amenyereza…
Bwabundi Berry Music yifatanije na Beat Band hageze, kuko abafana ngo kimwe mu bituma badashima kuja mu biteramo vy'abaririmvyi hano iwacu, ngo n'uko baririmba ama Playback. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa…
Uwahoze ari umumenyereza mukuru w’umurwi Magara Young Boys Ismail Nduwantare yerekeje mu murwi Olympic w’i Muyinga . Uwo mumenyereza akaba yemereye Indundi Sports y’uko agiye kumenyereza uwo murwi wo mu ntara ya…
Mu gihe bivugwa ko Big Fizzo atahawe n'urukoroka muri Party People, igiteramo cahuje abaririmvyi b'abarundi n'abanyarwanda, umuririmvyi Alvin Smith we ngo umushahara watumye agira inguvu zo kubandanya aririmba.…
Ni mugihe hari haciye igihe hari amafoto aguma acana canako y'abanyabuhinga batandukanye bo muburundi babacafye nabi bitandukanye n'ukuntu basa vyari bitwengeje cane. Ubu naho haharawe gufata ifoto ya kera…
Abel Nduwayo umukinyi wa Film mu Burundi aheruka kuduha film yo kurwego rwo hejuru, yise "East Afrika Love" yakoranye n'abarundi n'abanyarwanda inakorerwa muri ivyo biguhu vyompi, iyo film ikaba ikunzwe…
Umukinyi w’umurundikazi Sandrine Niyonkuru yaguzwe mu mugwi wa Tutankhamun Fc wo mu cicaro ca mbere muri Egypt . Uwo mukinyi w’umurundikzi akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo…
Biravurwa ko Umumenyereza mukuru wa Kayanza United Niyonkuru Gustave ashobora gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Gustave Niyonkuru akaramuka agiye…
Indirimbo abafana ba Baraka Olegue benshi muzi nka Delegue General bari barindiranye igishika cinshi, yabuze gose. Iyo ndirimbo ikaba yari yavuzwe ko izosohoka umwaka winjiye, nukuvuga isaha ya sasita z'ijoro uwu mwaka…
Ku rubuga rwa Alvin Smith hasubiye kandi kuboneka ishusho ry'umugore wiwe, inyuma yaho afutiye izitari nke zaba izo barikumwe co kimwe n'izo ari wenyene. Iryo shusho ryavugishije benshi, ryaherekejwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.