Mpingwe Amissi Willy niwe yaraye atowe kurongora umurwi Inter Star vy’imfatakibanza gushika mu mpera z’ihiganwa . Kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 18 Kigarama 2022 niho bamwe mu Ndongozi z’umugwi Inter Star ,…
Umugwi Aigle Noir Cs ukina mu cicaro ca mbere hano iwacu uzoserukira igihugu c’Uburundi mw’ihiganwa Mapinduzi Cup rizobera mw’izinga rya Zanzibar . Uwo mugwi Aigle Noir Cs ukaba umaze gutumako abakinyi 30 bazotoramwo…
Mu gihe abaririmvyi b'abarundi ngo batanguye kwagurira ibikorwa mu Rwanda, n'abanyarwanda bakitabira ibikorwa i Bujumbura kugira bagire ico binjiza, ngo abakoresha imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye nka Facebook…
Noneho Israel Mbonyi agiye guteramisha abarundi mu misi mikuru yo kurangiza umwaka. Ivyo nivyo vyumvikana mu butumwa uwo muririmvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana yashikirije abicishije muri Video yacishijwe ku mbuga…
Umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Cs Nkurunziza Yanick batazira Mkude yerekeje mu gihugu ca Turkey. Yanick akaba yafashe indege kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 yerekeza muri ico gihugu ca…
Akazi ko gutwenza abantu ngo n'ubu abantu ntibaratahura ko ari akazi mu tundi, kandi ko gashobora kugutunga, kakanagutungira umuryango. Ivyo Kigingi yasubiye kandi kubivugako muri Raoul Comedy Garage yabaye kuri uyu…
Uwudakwiza imiriyoni 10 z'amafaranga ya hano iwacu, ngo ntari mu gitigiri c'abazosubira guhamagara umuririmvyi Sat-b ngo akore igiteramo. Ivyo biheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe…
Ku kibazo abatari bake bagize imisi bibaza ko umuririmvyi Alvin Smith yavanye n'umugore wiwe, Nirna, yahavuye atanga umuco kuri iryo vana ryiwe n'umugore rivugwa. Akoresheje urubuga rwa Instagram rwiwe, Alvin…
Fabilove aho aherukira mu Kinama yari ahazanywe na festival Sica, uwomusi akaba atashoboye kuririmba kuko imvura itamukundiye. Ariko igitangaje nko abari bishikiye murico kibanza ku kibuga c'umupira…
Icivugo ciwe ca burimusi ngo n'ugukora uko ashoboye kose ngo Uburundi bumenyekane mu makungu, abicishije mugahogo kiwe. August Burundi mu makuru aheruka twarababwiye ko yarahiye ko umwaka wa 2022 utazorangira ataduhaye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.