Mu mwaka uza wa 2023, umuririmvyi Yvan Muziki ngo azoba yamanutse i Bujumbura, aho azoba ajanywe n'ugushira ahabona urukurikane rwiwe rushasha. Uwo muririmvyi abarizwa muri ino misi i Kigali, mu kiyago yagiranye na…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Kigarama 2022 ku kibuga c'i Nyamirambo ,aho umugwi As Kigali…
Ibanki Interbank ryaterereye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB amafaranga angana n’imiriyoni ( 50.000.000) y’amarundi . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 10 Kigarama 2022 isaha zitatu zo…
Ishirahamwe rya Volleyball ryo mu Burundi rirongowe na Général de Brigade de Police Serges Ntakavura rigiye gutunganya ihiganwa rya Volleybeach ry’abakuze ( Senior) ry'a karere ka gatanu ( Zone 5) . Hari kuri uyu…
Mu gihe hari hakiri impari ku mafaranga Sat-b azorihisha muri listening party, uwo muririmvyi yasutsemwo amavuta muri uwo muriro abafana bari bacanye. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram na Facebook, Sat-b yasangije…
Mugani Desire nawe yahavuye avuga kuri ca kibazo c'indirimbo z'abanyarwanda zivuzwa cane hano iwacu. Uwo muririmvyi asanzwe atarabana ryiza n'abatavuza umuziki w'abarundi cane, Aho yagira ico ashikiriza…
Ibebi n'inzoga ya ndirimbo ya Double Jay Kirikou na Bruce Melodie yahavuye isohoka. Aho n'inyuma yaho iyo ndirimbo ngo ibanje gukurwa ku rubuga rwa YouTube n'abantu batamenyekanye. Kuri uyu wa mungu, uwo mugwi…
Styve Nzigamasabo abandanya yigenza neza mu mugwi KMC wo mu gihugu ca Tanzania . Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2022 , aho umugwi KMC wari wakiriye umugwi Mbeya City mu rukino rw’indwi igira 13 rw’ihiganwa…
Ibiheruka gushikirizwa na Sat-B ko buca yerekeza ku mugabane w'Uburayi bitanguye kutemerwa hakiri kare. Hampande y'ababivugiye ku rubuga rwiwe aho bamubwiye ko ubwo bushobozi bwo kuzunguruka uburayi atabwo afise,…
Amazina yahawe n'abavyeyi biwe ni Irankunda Eric mu mwuga wiwe wokuririmba akaba azwi nka Yan A yavukiye i Ngozi ariko ubu aba muri Zambia. Yatanguye kuririmba 2013 afise indirimbo zirenga 10 Iyo aheruka kurekura yitwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.