Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 75

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Olegue ngo n’intumwa y’Imana
Burundi

Olegue ngo n’intumwa y’Imana

Kuva aho aviriye mw'ibuye, nkuko bakunze kuvuga, Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana nkuko aheruka kubishikiriza. Baraka Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana, naho ritoroha ko…

yanickby yanick
Nov 8, 4:59 am
150
Alvin amavuta yo kwiyambiza ayakura muri Canada
Burundi

Alvin amavuta yo kwiyambiza ayakura muri Canada

Ukwiyambiza kwa Alvin Smith ntibikiri ibanga, kuko nawe avyemera Kandi avuga ko ataco bimutwaye, Kandi ata n'uwo vyari bikwiye kubabaza. Muri iyi ndwi twaraye turangije, umuririmvyi Alvin Smith  yasavye…

yanickby yanick
Nov 7, 1:39 pm
152
# Indundi Sports | Ishirahamwe rya Karate Dragon Junior ryaraye rihimbaje imyaka 25
football

# Indundi Sports | Ishirahamwe rya Karate Dragon Junior ryaraye rihimbaje imyaka 25

Ishirahamwe rya Karate ryo mu Burundi ryitwa Dragon Junior ryaraye rihimbaje umusi mukuru waho bakwije imyaka 25 rishinzwe . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 06 Munyonyo 2022 , isaha zitanu zo mugitondo…

bosingwaby bosingwa
Nov 7, 12:54 pm
180
# Indundi Sports | Handball : Intamba -18 zaraye zitsinze U-20 mu rukino rwa kivandimwe
intamba murugamba

# Indundi Sports | Handball : Intamba -18 zaraye zitsinze U-20 mu rukino rwa kivandimwe

Umugwi w’intamba mu rugamba muri Handball w’abatarenza imyaka 18 waraye utsinze umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba mu batarenza imyaka 20 mu rukino rwa kivandimwe rwo kwigina igikombe co mukarere ka Africa…

bosingwaby bosingwa
Nov 7, 12:08 pm
172
Alvin amavuta yo kwiyambiza ayakura muri Canada
Burundi

Icizere ca ya Ndirimbo nshasha kiriko kiraboneka

Mu misi iheze ku badukurikiranira hafi, muribuka ko twari twababwiye ko Mugani yari yamenyesheje ko ashobora gushira ahabona igikorwa gishasha. Icizere ko iyo ndirimbo ishobora kuboneka vuba kibandanya kirwira,…

yanickby yanick
Nov 7, 11:41 am
186
Alvin amavuta yo kwiyambiza ayakura muri Canada
Burundi

Champion Album, Andy Mwag arayizhirahabona igenekerezo rya 12/11

Igenekerezo rya 12/11 niho rwa rukurikirane twari twabamenyesheje ko umuririmvyi Andy Mwag buca ashira ahabona azorwereka amakungu. Nkuko amakuru dukesha urubuga rw'uwo muririmvyi abishikiriza, harateguwe…

yanickby yanick
Nov 7, 11:14 am
143
Ay’ibiteramo, Landry Promoter ntazoyaheba
Burundi

Ay’ibiteramo, Landry Promoter ntazoyaheba

Igiteramo c'umuririmvyikazi w'umunyarwanda, Ariel Ways giheruka kubera hano iwacu, categuwe n'umumenyeshamakuru akaba n'umu Youtubeur Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter, Kandi ngo…

yanickby yanick
Nov 7, 11:08 am
136
# Indundi Sports | Birangiye Intamba -20 zisezerewe muri CECAFA
football

# Indundi Sports | Birangiye Intamba -20 zisezerewe muri CECAFA

Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 uhejeje gusezererwa muri za nkino za CECAFA zo kurondera itike ya CAN -20 zariko zibera muri Sudani . Uburundi bukaba bwatsinzwe na Sudani…

bosingwaby bosingwa
Nov 5, 7:08 pm
267
# Indundi Sports | CRDB CUP: Dynamo yaraye itsinze New Star bigoranye Ku musi wambere w’ihiganwa
Basketball

# Indundi Sports | CRDB CUP: Dynamo yaraye itsinze New Star bigoranye Ku musi wambere w’ihiganwa

Ihiganwa rya CRDB Cup ryatunganijwe n’ibanki  CRDB ifadikanije na FEBABU ryaraye ritanguye . Hari kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 04 Munyonyo 2022 isaha cumi na zibiri zo kumugoroba (18h00) ku kibuga…

bosingwaby bosingwa
Nov 5, 7:04 pm
209
# Indundi Sports | Birangiye Ndizeye Samuel ahisemwo  gukinira Uburundi gusumba Urwanda
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Birangiye Ndizeye Samuel ahisemwo gukinira Uburundi gusumba Urwanda

Umukinyi w’inyuma Ndizeye Samuel aheruka guhamagarwa mu mugwi nserukira gihigu w’Urwanda mu nyuma akabura ivyangombwa , birangiye ahamagawe mu mugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba. Mu rutonde rw’abakinyi 22…

bosingwaby bosingwa
Nov 5, 1:48 pm
364
  • Previous
  • 1
  • …
  • 73
  • 74
  • 75
  • 76
  • 77
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
207

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In