Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 23 bagiye bagiye gukina mu rukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire. Urutonde rukaba ari uru…
Uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yaraye atanze ibikoresho bijanye n’umupira w’amaguru ku mirwi y’amashure 16 yashitse mu gice ca 1/4 gishira icanyuma…
Umugwi nserukira gihigu wa Côté d’ivoire ( les éléphants) wemeje ko uzokina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu w’Uburundi ( Intamba mu rugamba) igenekerezo rya 16 muri uku kwezi kwa Munyonyo 2022.…
Bizimana Aboubakar karume ngo uko biri kwose Aho bukera ku musi wa gatanu azoshira ahabona Indirimbo zibiri icarimwe. Izo ndirimbo zibiri zikaba zamenyekanye amazina yazo, aho ari Mon amour hamwe na ishari, nkuko vyabonetse…
Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ngo abantu babitse amafaranga muzu baraba maso, kuko hari umusi bazokwikangura ayo babitse asigaye ari ibipapuro. Ivyo uwo mutegetsi yabivugiye mw'ihuriro ry'abikorera…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya atera imbere uko bukeye uko bwije . Inyuma y’imisi itatu iheze ateretsemwo igitsindo mu rukino rw’ihiganwa rikuru ryo muri Turquie , yaraye asubiye…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rirahakana amakuru aguma acanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye mu kuvuga ko uwahoze amenyereza umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba mu myaka 15 iheze…
Dutegura ino nkuru indirimbo Body ya D one na Social Mula yari isigaje Views ziharurwa ku ntoke ngo ikwiza Views 100,000. Umuhinyanyuzi yakoze iyo ndirimbo arabeshuza ibihuha vyariko birashikirizwa ko iyo ndirimbo yoba…
Inyuma y'igihe abarizwa ku mugabane w'Uburayi, umuririmvyi Mugani Desire ngo yamaze gushika ku butaka bw'Uburundi, nkuko amakuru dukesha umwe mu bakurikiranira hafi ivy'amakuru yiwe abishikiriza. Uwo…
Alvin Smith yagarutse Kandi ku mugabo yabonetse cane hampande yiwe aho yari i Kigali mu bikorwa vyiwe vy'umuziki. Uwo muririmvyi akoresheje urubuga rwa Instagram mu gice ca Story akaba yamenyesheje ko abatubaha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.