Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko Mutombola yamaze gutangura akazi mu mugwi Bujumbura City , akaba ari nawe yakoresheje imyimenyerezo yo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 03 Munyonyo 2022. Ivyo Alain Olivier…
Flambeau du Centre yaraye itsinzwe na Daring Club Motemapembe. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 02 Munyonyo 2022 , I dar es Salaam , niho umugwi Flambeau du Centre w’Igitega wari wakiriye Daring Club Motemapembe…
Ibanki CRDB yifadikanije n’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Burundi FEBABU , yatunganije ihiganwa ryiswe CRDB cup mu ntumbero yo kwigina isabukuru ry’imyaka 10 iyo Bank imaze iriko ikorera kubutaka bw’Uburundi. …
Mkombozi yatubwiye ko agiye kurekura Ep yiwe izwi kw'izina rya Afrika ariko hakazoza harasohoka indirimbo imwimwe mu ndirimbo 6 zizoba zigize iyo Ep. Indirimbo Afrika itwaye izina rya Ep yoyo yaramaze gusohora…
Mu babaye hafi yacu bagakurikirana amakuru twagiye dutanga muri ino misi, twari twababwiye ko Indirimbo ya Double Jay na Kenny Sol iheruka gukwiza 1M Views ku rubuga rwa YouTube rw'umuririmvyi Kenny sol. Ayandi makuru…
Ku bakurikiranira hafi amakuru dutanga mu misi iheze twari twababwiye ko bivugwa ko Olegue yasubiye muri studio kubandanya ibikorwa ubona ko ariho yarakironka akaryo. Iyo nkuru iheruka kwemezwa n'uwo muririmvyi nyene, mu…
Mu misi iheze umumyarwenya Machael Senganzi yari yamenyesheje ko ariko akora cane ngo bikunde ko Igikorwa asanzwe ategura ca CARAVANE du Rire cosubira Kandi gukoreka. Ku musi w'ejo, uwo munyarwenya yatanze icizere…
Inyuma y'amezi 4, umuririmvyikazi Natacha yashize ahabona Indirimbo yiwe nshasha, iyo nayo ikaba yahawe akazina ka Walete. Iyo ndirimbo ija ikurikira indirimbo ikigori imaze kurabwa incuro zirenga 100,000 ku…
Uwuvuze ko Kiki Toure yari umwami wa Karaoke I Kigali ntaba abeshe, kuko Kiki ari umwe mu baririmvyi ba karaoke b'abarundi imbere Covid-19 yari rutumwako mu bikorwa bitandukanye i Kigali. Uwo mwami rero agiye gusubira…
Imbuga za Twitter z'abategetsi bamwe bamwe nk'urw'Umukuru w'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, urwa Willy Nyamitwe co kimwe n'urw'umugambwe CNDD FDD zishobora gutangura kurihishwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.