Uburayi buraryoshe, ariko mu gihe c'imbeho ngo haba hashisha, ivyo biheruka gushikirizwa na Mugani Désiré mu kiganiro One Long Shot ikiganiro ca Isanamu media. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba yamenyesheje ko…
Umuririmvyi Sat-B ngo yumvise umubabaro udasanzwe aho yumviye ko mu bushikiranginji bw'urwaruka, inkino, imicokama n'iyinjira ry'Uburundi mu muryango bwa Africa y'ubuseruko ata buryo bwategekanijwe bwo…
Alvin Smith ngo ntashobora gusohora amafaranga angana n'amadorari y'abanyamerika 5000 ngo akore amasanamu y'indirimbo. Ivyo Alvin akaba aheruka kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi…
Indirimbo nshasha ya Monia Fleur igiye gukorerwa amasanamu, canke igiye gushirwa ahabona ishobora kuba "Mon bébé". Akoresheje urubuga rwa Instagram, mu gice ca Story, Monia Fleur yacaguje abamukurikirana kuri urwo…
Mu mwanya urume rumara, amasezerano zari the Boss Lady yaheruka kugirana n'ihoteli Divine Resort and Spa yo muri Uganda yahagaze kubera irekurwa ry'amafoto n'ama Videos agize imisi ariko arakwiragizwa hirya no…
Inyuma y'imyaka hafi 5, umuririmvyi Andy Mwag agiye gushira ahabona urukurikirane rugira kabiri rw'indirimbo ziwe. Urwo rukurikirane rugiye gukurikira Nisaidie yasohotse mu mwaka wa 2018, rwahawe izina rya CHAMPION,…
Ibihumbi 78 nizo Views indirimbo nshasha ya B Face n'umuririmvyikazi w'umunyarwanda Alyn Sano igezeko mu misi 2 gusa ishizwe ahabona, nk'uko biboneka ku rubuga rwa YouTube rwa B Face. Ikibazo umuntu yibaza ni…
Igitigiri canke amazina y'abana ba Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo, ni kimwe mu bikunze kuvugwako cane hano iwacu, kuko uwo muririmvyi ari gake yemera kwishura ku bibazo nk'ivyo. Ku musi wa hirya y'ejo,…
Inyuma y'indwi zirenga gato 2 umuririmvyi Alvin ari i Kigali, ngo amafaranga yajanye yaheze, none kuri uyu wa 3 aragaruka mu Burundi ngo aje kurondera ayandi. Uwo muririmvyi yabwiye Yego mu kiyago baheruka kugirana ko…
Umukinyi Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya avyitwaramwo neza. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Gitugutu 2022 , yaraye ashizwe mu rutonde rw’abakinyi badugije amanota kurusha abandi ku mugabane wa Buraya muri FIFA…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.