Abatari bake mu bari abagendanyi, abo bita mu yandi majambo abapampe ba Natacha uno musi babarizwa ku mugabane w'Uburayi, nk'uko vyabonetse ku mashusho yakwiragijwe hirya no hino n'abafana mbere na Natacha…
SAT-B ngo ntivyari gukunda ko umuvyeyi wiwe Amir Pro areka guhezagiza indirimbo n'imwe mu ziri muri album ariko arakora. Naho hataramenyekana neza igitigiri canke urutonde rw'indirimbo zizoba ziri muri urwo…
Monia Fleur arahakana ivy'inkundo zivugwa hagati yiwe n'umuririmvyi mugenziwe Drama T. Uwo muririmvyi wa Pharaon yahaswe ibibazo n'abafana biwe kuri Instagram ku gice ca storie, aho yagiye yishura ibibazo…
Igihugu c’Uburundi catewe iteka kugira kizokwakire ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ku ruhande rw’abigeme ku ncuro igira kabiri ( Tour Cycliste Féminin International du Burundi). Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Gitugutu…
Umumenyeshakuru Edisson Ndayahoze azwi cane nka Mr sinzoceceka, yishongoye ku batari bake bari bagize imisi bamuvuga cane kubera urubuga rwiwe rwa Facebook, aho avugwako ibidashimwa na bose. Mu gihe abansi ari abatari bake…
Ku bakurikiranye amakuru tubashikiriza, twari twabashikirije mu misi iheze ko umuririmvyikazi Monia Fleur yari akitswe n'amagara mu gihugu ca Kenya, aho amakuru y'ubwo burwayi bwa Monia twayahawe…
Imisi ingana 240 niyo Ingénieur Méthode Ndikumagenge asanzwe arongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga intwari hamwe n’abafundi biwe bihaye kugira ico kibuga kizobe cuguruwe. Ingénieur…
Impande zibiri z’ikibuga c’intwari zizosakarwa izindi mpande zibiri ntizizosakarwa ni ukuvuga ahazosakarwa ni hahandi hahora ubwugamwo bw’iteka hamwe no kuri rurya ruhande ruriko ibiro vy’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu…
Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-B, ati urubuga rwanje n'uru rufise Bleu stick gusa, izindi ni fake. Ukwo kwerura ko izo mbuga atari rwiwe ni inyuma y'aho abatari bake bamutungiye urutoke berekana ko…
Haciye igihe kitari gito Sat-B yemereye abakunzi biwe album yiwe nshasha ko igiye gusohoka ariko ikiringo yari yaratanze kikaba cararenze. Mu kwezi kw'indwi 2022 niryo sango yari yatanze ariko rirahinduka. Impamvu ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.