Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 80

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
#IndundiSports| Muyenge Alexandre yagiye kurondera abakinyi b’abarundi bakina i Burayi
abakinyi bakina hanze

#IndundiSports| Muyenge Alexandre yagiye kurondera abakinyi b’abarundi bakina i Burayi

Urugendo rw’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre ariko akorera mu bihugu vy’i Burayi rushobora kuzanira akunguko Uburundi. Uwurongoye ishirahamwe ry’umupira…

bosingwaby bosingwa
Oct 27, 7:15 am
268
Jampala Bata Lion ivyo akorera Hollande agiye kubikorera i Burundi
Diaspora

Jampala Bata Lion ivyo akorera Hollande agiye kubikorera i Burundi

Jampala ni umuririmvyi wa Raggae yavukiye i Bujumbura muri zone Buyenzi ariko ubu aba muri Hollande. Igenekerezo rya 25 Gitugutu 2022 yari yahamagaje abanditsi n'abamenyeshamakuru kugira bayage ku giteramo ariko…

adijoeby adijoe
Oct 26, 11:48 am
186
#IndundiSports| Frédéric Nsabiyumva yinjije igitsindo asubira atorwa nk’umukinyi yaranze urukino
abakinyi bakina hanze

#IndundiSports| Frédéric Nsabiyumva yinjije igitsindo asubira atorwa nk’umukinyi yaranze urukino

Myugariro w’intamba mu rugamba Frédéric Nsabiyumva abandanya yigenza neza i Buraya mu gihugu ca Swede . Uwo mukinyi Mpuzamakungu w’umurundi akina ku ruhande rw’inyuma Nsabiyumva Frédéric  niwe yashoboye kwinjiza igitsindo ca…

bosingwaby bosingwa
Oct 26, 9:03 am
250
#IndundiSports| Nsabumukama Enock yatsinze igitsindo atorwa nk’umukinyi yaranze urukino
abakinyi bakina hanze

#IndundiSports| Nsabumukama Enock yatsinze igitsindo atorwa nk’umukinyi yaranze urukino

Umukinyi w’umurundi w’intamba mu rugamba Nsabumukama Enock yaraye afashije Napsa Stars gutsinda Kabwe Worriors. Hari igenekerezo rya 15 Gitugutu 2022 , aho umugwi Napsa Stars wari wakiriye umugwi wa Kabwe Worriors mu rukino…

bosingwaby bosingwa
Oct 26, 8:57 am
216
#Indundi Sports| Nzigamasabo Styve yaraye afashije KMC gutsinda Azam Fc
abakinyi bakina hanze

#Indundi Sports| Nzigamasabo Styve yaraye afashije KMC gutsinda Azam Fc

Inyuma y'aho Mvuyekure Emanuel afashirije umugwi KMC gutsinda Mtibwa sugar mundwi iheze , Styve Nzigamasabo nawe nyene yaraye afashije uwo mugwi gutsinda Azam Fc . Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Gitugutu 2022…

bosingwaby bosingwa
Oct 26, 8:47 am
177
#IndundiSports| Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba z’abatarenza imyaka 20 bagiye guserukira uburundi muri CECAFA
abakinyi bakina hanze

#IndundiSports| Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba z’abatarenza imyaka 20 bagiye guserukira uburundi muri CECAFA

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Gituguru 2022, umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba z’abadashikana imyaka 20 Niyonkuru Gustavye yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 21 bagiye guserukira igihugu mu nkino za nyuma…

bosingwaby bosingwa
Oct 26, 8:43 am
255
#IndundiSports| Ikibuga gisakaye ca Basketball, Judo na Volleyball nico kizokwubakwa mu misi iri mbere
Basketball

#IndundiSports| Ikibuga gisakaye ca Basketball, Judo na Volleyball nico kizokwubakwa mu misi iri mbere

Abatwara igisagara ca Bujumbura basabwa kurondera ikibanza bazokwubakamwo ikibuga kizoberamwo inkino za basketball, Judo na volleyball. Ibikaba biheruka gushikirizwa na Honorable Réverien Ndikuriyo ku musi wa gatatu…

bosingwaby bosingwa
Oct 26, 8:28 am
239
# Indundi Sports| Derick  Mbombozi yaraye atowe nk’umukinyi mwiza yaranze urukino
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports| Derick Mbombozi yaraye atowe nk’umukinyi mwiza yaranze urukino

Umukinyi w’intamba mu rugamba Derick Mkombozi  yaraye atowe nk’umukinyi yaranze urukino muri Zambia. Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Gitugutu 2022, aho umugwi Nkana Fc usanzwe ukinamwo myugariro w’intamba mu rugamba…

bosingwaby bosingwa
Oct 25, 12:20 pm
269
#Indundi Sports| Haraye hatanguye ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ku bapfasoni mu Burundi
football

#Indundi Sports| Haraye hatanguye ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ku bapfasoni mu Burundi

Uburundi bwaraye bwakiriye ihiganwa ryo gusiganwa n’amakinga ku bapfasoni bita "Tour Cylciste féminin international du Burundi". Iryo higanwa rikaba ryaraye ritanguriye i Bujumbura kuri uyu wa mbere waraye uheze…

bosingwaby bosingwa
Oct 25, 11:23 am
286
Alvin ngo ntashobora gushira 5000$ muri clip video
Burundi

Berry Music ngo abagwizatunga nibashiremwo amahera harunguka

Umuririmvyi Berry Music ngo amahera akoresha mu gusohora indirimbo ni umurengera niyo mpamvu adashobora gusohora indirimbo ku bwinshi. Mu kiyago yagiranye na Akeza.net, uwo muririmvyi yatanze insiguro y'igituma afise…

yanickby yanick
Oct 24, 7:07 pm
185
  • Previous
  • 1
  • …
  • 78
  • 79
  • 80
  • 81
  • 82
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
207

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Un footballeur burundais nommé meilleur joueur de la saison au Rwanda
abakinyi bakina hanze
129

Un footballeur burundais nommé meilleur joueur de la saison au Rwanda

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In