Umukuru wa Diaspora ngo ntakurirwa muri groupe ya WhatsApp, kurongora abasirimu na cane cane ababona ko bifise ngo ntivyoroshe na gato kuko bose ngo ntibaba bumva impanvu batokwitwa abarongozi. Japhet Legenti umwe mu…
Ku bakurikiranye amakuru twagiye turabashikiriza, muribuka ko twari twababwiye ko Alvin Smith yasubiye i Kigali kugira aheraheze igikorwa yari yakoze, kandi twari twababwiye ko igihe Alvin asubira i Bujumbura ava i Kigali,…
Cynthia Ishimwe umuhagarikizi w’umurundikazi wa mbere mu mateka y’inkino zo kumusenyi (Beach Soccer ) yashoboye gukezwa n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF. Cynthia yaraye yanditse amateka mu kuba umuhagarikizi…
Umugwizatuga Richard Kaderi wo mu ntara ya Muyinga niwe yashimiwe n’uwurongoye umugwi Olympic Star w’Imuyinga, Général Major Ildéphonse Habarurema. Agashimwe yahawe kakaba arako kumushimira kubora ishirahamwe ryiwe rya…
Saido Ntibazonkiza yasubiye itoto mu gihugu ca Tanzania inyuma yo kugurwa na Geita Gold . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Gitugutu 2022 aho umugwi Geita Gold ukinamwo Saidi Ntibazonkiza na Arakaza Mac Arthur wari…
Amafaranga 10,000 ngo niyo yabaye intandaro yo kutaja kwakira umuririmvyi w'umunya Nigeria aheruka hano iwacu ariwe Timaya, ivyo biheruka gushikirizwa na Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter. Uwo…
Baraka Olegue benshi muzi nka OLG Olegue hamwe na Vichou love baraburira abantu bafise indirimbo bariko barategura gushira ahabona muri aya mezi 2 ari imbere, ko boraba bakazisohora ubu vuba kuko aya mezi 2 ngo ari ayabo.…
Mu gihe Mista Champagne yavuga ko we ariko arafasha, kuko yabisabwe n'abatari bake aho abagore baba muri Australia bihaye akamenyo mu kuvuga ibishirasoni ku mbuga za TikTok, agasaba abamukurikirana bagera ku 62,000 kuri…
Kuri uyu wa gatatu Alvin Smith yasubiye kandi kwerekeza mu gihugu kibanyi c'Urwanda, aho bishoboka ko agiye guheraheza igikorwa ciwe gishasha yakoranye na Bwiza. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp co kimwe…
Mu rugendo Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre arongoye FFB amaze imisi arimwo ku mugabane wa Buraya ari kumwe n’uwutwara igisata c’ubutunzi muri iryo shirahamwe Honorable Dénis Karera na Manager w’Intamba mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.