Inyuma yo gutsinda ibitsindo bibiri ubuheruka, umusatirizi w’intamba mu rugamba Bimenyimana Bon Fils Caleb yasubiye kandi kuvyitwaramwo neza. Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Gitugutu 2022, aho umugwi…
Abariko basabwa amafaranga n'abariko bakoresha imbuga zitirirwa Rukundo Ange Minouche ngo barabe maso. Uwo mumenyeshamakuru amaze igihe ku mugabane w'Uburayi, abicishije muri Video yabonetse ku rubuga rwa Magic…
Abbas Nshimirimana, umusatirizi wa kera wa Buja City akina muri Portugal muri kino gihe yaraye akuye kure umugwi wiwe. Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 02 Gitugutu 2022 aho umugwi GD Braganca wari wakiriye umugwi CD…
Umukinyi Hussein Shabani batazira Tchabalala yatanguye kwinjiza ibitsindo mw’ihiganwa ryo mu gihugu c’Urwanda Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 02 Gitugutu 2022, ihiganwa ryo mu Rwanda ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 4 ,…
Umugwi wa Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega wemeye kuzokina inkino zibiri z’amajonjora za CAF Champions League zizowuhuza na Zamaleck wo mu Misiri ku kibuga c’uwo mugwi. Ivyo bikaba vyabaye inyuma y’aho iyo migwi uko…
Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 17 waraye utakaje urukino rwa mbere rwa Cecafa. Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 03 Nyakanga 2022, niho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza…
Umukinyi wo hagati w’Umurundi Mbirizi Eric abandanya avyitwaramwo neza mu gihugu c’Urwanda. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2022 aho umugwi Marine Fc wari wakiriye umugwi Rayon Sports mu rukino rw’indwi…
Umugwi Young Sisters wari waserukiye Uburundi mu nkino za Zone 5 waraye wivyukiranije mu gutsinda Nile Legends yo muri Sudani y’epfo. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2022 mu gisagara ca Dar es Salaam…
Nubwo hari benshi batazi akamaro k'imbwa, aborozi bazo bo babona Ko ata kindi gikoko zosubirizwa. Ngo imbwa ni umugenzi adahemukira sebuja ,Ku bahigi hoho niyo ibagaburira, umutekano mu ngo zororerwamwo nizo ziwicungira,…
Ugukora Indirimbo na Sat-b ngo n'ibintu bidasanzwe kuri Bell Nice, ivyo uwo muririmvyikazi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu nsamirizi za hano iwacu. Uwo muririmvyikazi akaba avuga ko iyo ndirimbo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.