Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Youssuf Ndayishimiye abandanya yigarurira imitima y’abakunzi ba Instabul Basaksehir. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 08 Nyakanga 2022, niho umugwi Istanbul Basaksehir ukinamwo umurundi…
Umugwi Les hyppos usanzwe ukina mu cicaro ca mbere mw’ihiganwa rya Viva Basketball League waraye uhimbaje umusi mukuru wahariwe urwaruka rw’uwo mugwi. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 08 Nyakanga 2022 ku kibuga ca BPES…
Umugwi Urunani watahukanye igikombe c’ihiganwa rya VIVA Basketball League ku rwego rw’igihugu muri uno mwaka w’i 2022, ugiye gukora ibirori bidasanzwe vyo kwigina ico gikombe no kuzokina inkino zo gukurakuranamwo za Road to…
Inda ni kimwe mu bibazo abakobwa b'abaririmvyikazi bashobora guhura navyo, nk'inzitizi zibatera kudatera imbere mu bikorwa vyabo vy'umuziki. Bikaba biheruka gushikirizwa na Meili ubwiwe. Uwo muririmvyikazi…
Lolilo ni umwe mu baririmvyi bakora ama Collabo atari make, akaba kandi anamaze gukorana n'abaririmvyi batari bake bakomeye bamaze kuza hano iwacu. Indirimbo nshasha afise ni indirimbo Je na We, indirimbo yakoranye…
Mu Burundi ngo nta Management ihari, ntihagire uwuzosubira kubesha abantu. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na Mb Data. Uwo muririmvyi yamenyekanye cane ari mu minwe ya Mugisha Amir muri MA Production, avuga ko Management…
Abafana ba Siren Vibe batanguye gusaba ko Hosy Irakoze yokoresha ikiganiro abashitsi bavuye i Kigali imbere y'uko basubira inyuma. Uwo mumenyeshamakuru akaba n'uwashinze ikinyamakuru Siren Vibe, inyuma yo gushira…
Abakinyi b’umugwi Bumamuru Fc ugiye kuserukira Uburundi mu nkino za CAF Confédération bafashe urugendo mukanya gaheze berekeza muri Ethiopia mu ntumbero yo gukina urukino rwo gutangura ruzobahuza n’umugwi Fasil Kenema kuri …
Mutima ngo icatumye ashika aho ageze nuko yabashije gutsinda ubwoba, noneho akaja ku kivi agakora cane. Uwo mukinyi w'amareresi atwenza, avuga ko uno musi n'aho ageze ahashimishije ngo ntivyamye bimeze uko, kuko…
Abakinyi b’umugwi Flambeau du Centre ugiye guserukira Uburundi mu nkino za CAF Champions League z’imigwi yabaye iya mbere mu bihugu vyabo baza gufata urugendo ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 08 Nyakanga 2022…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.