Ihiganwa ry’Igikombe c’incungu z’Uburundi ( Coupe des Heros) cama gitegurwa n’ishirahamwe Fondation Pax Burundi kigiye gusubira gutangura ku ncuro igira gatandatu . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 06 Nyakanga 2022 , isaha…
Aime_M ni umuririmvyi w'umurundi ariko asanzwe aba muri America akaba ari naho akorera ibikorwa vyiwe. Twarashoboye no kumubona mw'ihiganwa ryatunganijwe na Dicobu, ihiganwa ryahuza abaririmvyi b'abarundi…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza asanzwe amaze kugurwa n’umugwi Geita Gold uzoserukira igihugu ca Tanzania mu nkino za Confédération Cup ntari ku rutonde rw’abakinyi bazokina izo nkino . Kuri uyu wa kabiri…
Lolilo ni umwe mu baririmvyi batagize ikintu bavuga ku biheruka kuba ku muririmvyi Bruce Melodie, ariko akaba yahavuye ava mu gacerere agira ico ashikiriza. Uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona akaririmbo gashasha yakoranye…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 04 Myandagaro 2022 ku kibuga ca Olympa Africa mu Kanyosha niho hari haramutse haba inkino za nyuma z’imyereka ( Lutte Associée ) ku miyabaga itarenza imyaka 15 ku ku rwego rw’abahungu…
Umuririmvyi kuva muri the figter production kuva ashiriye ku mugaragaro album yiwe izwi kw'izina rya" Embargo" abandanya ariko arakora ibiteramo bitandukanye ahatandukanye. Uretse ibiteramo akorera ngaha mu…
Inyuma y’aho umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wa Handball uvyitwariyemwo neza ugakatisha itike ubwa mbere yo kwitabira inkino za Handball z’abatarenza imyaka 18 z’igikombe c’isi , ishirahamwe rishasha ry’ubwinshingizi…
Twarababwiye mu makuru yacu twagiye turabashikiriza kuvyerekeye igiteramo cariko kirategurwa na Mr Champagne kuri pasta Comédie. Yatanguye ahamagarira abakunzi biwe kuzoza kumushigikira igenekerezo rya 3 Myakanga 2022…
Umugwi Athletico New Oil Academy waraye usezereye umumenyereza wabo Nzeyimana Mailo, ivyo bikaba vyabaye inyuma y’uko umugwi Athletico New Oil Academy utsindiwe ku kibuga cawo n’umugwi wa Bs Dynamik igitsindo 1-0. Umugwi…
Arsène Nihoreho yahora akinira umugwi Olympic Star w’i Muyinga yaguzwe n’umugwi Al Bahri Sports Club ukina mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Iraq. Nihoreho akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.