Ububabare yagize kw’itako nibwo bwatumye Niyonsaba Francine ahagarika ivyo kwiruka muri uno mwaka . Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 02 Nyakanga 2022, aho umunonotsi w’Umurundikazi Franciye Niyonsaba yandika inkuru…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wa Handball w’abadashikana imyaka 18 n'aho wagiye i Kigali utevye bigatuma ukubitwa impaga mu rukino rwa mbere rwari kubahuza na Maroc, waraye ukatishije itike yo kwitabira inkino za…
Ibiheruka gushikirizwa n'umumenyeshamakuru w'umunyarwanda, Fatakumavuta, ko umuziki w'abanyarwanda uvuzwa cane gusumba uw'abarundi ngo n'ububeshi butagira izina. Mu kiganiro na Juste Gael, Simbizi…
Ku mazina yahawe n'abavyeyi ni Mugenzi Afredy Aubin akaba azwi kw'izina rya Kigingi. Ni umu comédien w'umurundi yabaye uwa mbere gutahuza abandi ba comédiens y'uko impano yabo yobabeshaho. Uti gute?…
Inyuma yo gutsindwa impaga n’umugwi nserukira gihugu wa Maroc , umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 18 wa Handball waraye unganije na Libia ku manota 32 kuri 32. Ivyo bikaba vyaraye bibonetse…
Igenekerezo rya 31 Myandagaro 2022 niho hari hitezwe umuririmvyi ava mu gihugu c'Urwanda Bruce Mélodie yakiranywe igishika n'abanditsi n'abamenyeshamakuru ku kibuga c'indege akaba yari azanywe no gukora…
Inyuma yo kutabandanya akinira umugwi wa RS Berkane wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Maroc umugwi watahukanye igikombe ca CAF Confederstion Cup, Fiston Abdoulrazaq abarizwa mu gihugu ca Oman. Kuri uyu wa kabiri uheze…
Inyuma yo kutagira umugwi abarizwamwo, Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yaguzwe n’umugwi wa AEL LIMASSOL ukina mu cicao ca mbere mu gihugu ca CHYPRE. Saido akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira…
Mu makuru yacu duheruka kubashikiriza twarabwiye ko hari amafoto aguma aboneka ku mbuga za Sat-B arikumwe n'umukunzi wiwe Belle nice ,benshi mu bakunzi biwe bagumye bavuga ko Sat- B yambitse nabi umukunzi wiwe inyambaro…
Abamenyereza babiri bamuka mu gihugu c’Urwanda aribo Muhire Hassan na Camarade Banamwana , bandikiye ikete ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryo gusaba ko nabo nyene bokwitabira ivyirwa vyo kurondera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.