Inyuma yaho mu mwaka uheze rallye y'imbo ibereye i Gihungwe muri komine Gihanga intara ya Bubanza, hamenyekanye izindi ntara zizokwakira rallye y'imbo muri uno mwaka ikazoba mu kwezi kuza. Iyo Rallye…
Imirwi ya Bibamba beach na Bunge niyo yaronse itike yo gukina urukino rwa nyuma mw'ihiganwa rya Soccer beach ry'uno mwaka nkuko indundi sports yabimenyeshejwe na Juma Musoma arongoye igisata c'umupira wo…
Igikombe c'umukuru w'igihugu muri Volley ball kirabandanya kikaba kigeze mu rukino rwa nyuma rutegekanijwe mu misi iza kuri stade Urukundo i Buye muri Komine Mwumba, intara ya Ngozi. Mu mpera y'ino ndwi , muri…
Inyuma yo kumara nk'amezi ashika kuri abiri canke atatu umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba yaguzwe mu mugwi wa Futuro Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Guinea…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020 umugwi wa Buja City wari warikiriye umugwi wa Olympic Star mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa rya Primus league , urwo rukino rukaba rwarangiye…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020, umugwi wa Athletico Academy wari wakiriye umugwi wa Aigle Noir i Bujumbura ku kibuga c'intwari mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa rya Primus league,…
Imirwi ya Muzinga mu bagabo na Sisters mu bigeme niyo yaraye itahukanye ihiganwa ry'intango ry'i Bujumbura (tournoi d'ouverture) kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020 ku kibuga citiriwe…
Mu mpera z'indwi yaraye iheze igenekerezo rya 15 Ntwarante Umwaka wa 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league ryarabandanije kundwi ya 25 yaryo . Uko niko imigwi yatsindanye : - LLBS4A yatsinze Les lierres…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020, niho umugwi wa Namungo Fc wari wakiriye umugwi wa Young Africans iwabo ahitwa i Lindi mu gisagara ca Shinyanga mu rukino rw'indwi ya 28 y'ihiganwa…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020, isaha zine zo mu gatondo 10h00 ku kibuga c'intwari niho umugwi wa PVP Buyenzi wahura n'Umugwi wa Fofila PF mu rukino rwa kivandimwe rwo gusozera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.