Igisata gitunganya ibijanye n'inkino zo muri Primus league mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB cashize ahabona abakinyi batemerewe gukina inkino z'indwi ya 25 kumvo zo kugira amakarata…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 13 Ntwarante 2020, niho ishirahamwe ry'umupira w’amaguru ku mugabane wa Afrika CAF ryamenyesha y'uko indwi ya 3 niya 4 muri za nkino zo kurondera itike…
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 12 Ntwarante umwaka wa 2020, niho ikinyamakuru c’abongereza BBC candika y'uko vyamaze kumenyekana y'uko Umumenyereza w’umugwi wa Arsenal Mikel Arteta yanduye ikiza ca…
Abakinyi b'abarundi bakina ku mugabane w' iburaya barongowe na kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino bamaze gukurwa ku rutonde rw’abakinyi bari bitezwe gutana mu mitwe mu nkino zibiri zari kubahuza na…
Mugihe umugwi wa Vital'o Fc wari uhejeje gusezerera umugwi wa Garage Express Fc mu kuwutsinda ibitsindo 3-2 i Gitega mu rukino rwo gusubiriza gw'igice 1/8 gishira icanyuma c'igikombe citiriwe Umukuru…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 11 Ntwarante 2020, ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu ryari ryabandanije mu gice ca 8 gishira icanyuma c'inkino zo gusubiriza . Uko niko imigwi…
Inyuma yaho umurwi Golden team utahukaniye igikombe ku rwego rw'igihugu mu rukino rwa Handball utsinze Muzinga mu rukino rwa nyuma kw'igenekerezo rya 2 Ruhuhuma 2020,uyo murwi wahavuye uhindura izina. Rukinzo…
Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 11 Ntwarante 2020, aho umugwi wa Bugesera wari wakiriye umugwi wa Police Fc mu rukino rw'indwi ya 23 y'ihigamwa ryo mu Rwanda bita Rwanda Premier League . Umugwi…
Nk'uko mwari mumaze imisi mubona vyanditswe mu binyamakuru bitandukanye bivuga y'uko Nahimana Hussein Welo amenyerereza umugwi wa inter star yoba amaze gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi wa…
Inkino zo gusubira z'igice 1/8 gishira ica nyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu zigiye kubandanya. Reka tubibutse ukuntu imigwi izohura : Aho bukera ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Ntwarante 2020: -…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.