Ikinyamakuru Sports 257 caraye gishize ahabona ukuntu abakinyi b'abarundi bakina hanze y'igihugu bagiye bigenza mu migwi yabo mu mpera z'indwi iheze . 🇷🇴Roumanie , Mu cicaro ca 3 Umukinyi BACANAMWO Joel yaraye…
Mu gihe muri kuno kwezi Uburundi bugiye gutana mu mitwe na Mauritania mu nkino zibiri, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ryarasohoye ikete ko ata mukinyi n'umwe akiri mu bihano, vyumvikana ko Saido…
Mu gihe hasigaye imisi mike ngo ihiganwa rya Soccer beach ritangure mu Burundi , umurwi Muro Suppliers ufashwe mu mugongo n'ishirahamwe ryo muri CANADA ( Human Concern international) ubandanya witegura neza mbere ukaba…
Kuri uyu w'imana igenekerezo rya 8 Ntwarante 2020, indirimbo ihayagiza igihugu cacu c'Uburundi yaraye isamiraniye mu rukino rwahuje umurwi Baylor na Iowa States University ikinamwo umurundikazi Ines Nezerwa…
Umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi warahimbajwe ku kibuga c'ubushikiranganji bw'urwaruka inkino n'imicokoma . Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 8 Ntwarante 2020, abakemyezi bakukurutse mu…
Umumenyereza w'umugwi wa Kayanza United Bankuwiha Emanuel batazira Mayele niwe yatahukanye agashimwe k'umumenyereza yigenjeje neza mu kwezi kwa kabiri BCM ( Best Coach of the Mouth), ako gashimwe akaza kugahabwa…
Hari ku musi wa kane igenekerezo rya 05 Ntwarante 2020, aho umugwi wa Etoile de Guinée y'umukinyi wa kera wa Guinea Conakry Pascal Feinduno yigeze gukora amateka adasanzwe muri ico gihugu yagira isanganya. Iryo sanganya…
Nkuko bizwi buri ukwezi abakunzi b'umupira w'amaguru mu Burundi barongowe n'umumenyeshamakuru w'iradio Isanganiro Kwizera ISmail Nahodha bama batanga agashimwe k'umumenyereza mwiza yaranze ukwezi .…
Mu gihe yariko akorana ikiganiro n’imwe mu mboneshakure online ya hano iwacu uyo mukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Shassir Nahimana yavuze y'uko atitezwe guhamagarwa mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV mu misi iheze uwahoze ari kizigenza w'intamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yavuze y'uko mugihe ahamagarwa muri Staff y'intamba mu rugamba yashoboye gusaba ikigongwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.