Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Nzero 2020 niho umuhisi Karumba Jean batazira Tygana yashinguranwa iteka mw'itongo ry'abapfuye ryo ku mpanda. Karumba Jean Batazira Tygana akaba yitavye Imana ku…
Uwigeze kuba umumenyereza w'umugwi Aigle Noire The Fighters umurundi Harerimana Haruna niwe yaraye ashize umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi wa KMC wo mu gisagara ca Dar es Salaam. Kuri uyu wa mbere igenekerezo…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nzero 2020 ,isaha zitatu 9h00 zo mugitondo niho umugwi Aigle Noire The Fighters w'i Makamba wafata urugendo werekeza i Bangladesh guserukira Uburundi mu mahiganwa ya Golden Cup…
Mugihe yari yemereye abakunzi b'imugwi wa LLB ababwira y'uko vyanka bikunda ategerezwa gutsinda umugwi wa Burundi Sports Dynamic mu rukino rw'indwi ya 17 ya primus league rwaraye rubereye ku kibuga…
Kuri uyu wa w'Imana igenekerezo rya 12 Nzero 2020 niho umugwi Dynamic Fc wahura n'umugwi wa LLB mu rukino rw'indwi ya 17 ry'ihiganwa rya Primus league Burundi rwari wabereye ku kibuga c'intwari isaha…
Inyuma yo kuririmba mu birori vya CAF vyabereye muri Egypte, Diamond ngo ashobora no kuririmba mw'ihiganwa ry'umupira w'amaguru rya World Cup ryo muri 2022 muri Qatar. Hagati ya Eto'o fils na Nasibu…
Imirwi imwe ntiyerekwa Neymar kubera umushahara, iyindi nayo ngo yerekana ko itamunezwe, nayo iyimukeneye bakaba basa n'abayiremereza. Uko bihagaze gushika ubu, Neymar ngo ashobora kuguma muri PSG no mu mwaka uza, kuko…
Iryavuzwe riratashe vyari vyavuzwe kuva mu mwaka wa 2019 y'uko umwanya n'umwanya abakinyi batatu b'umugwi Aigle Noir bashobora kwerekeza muri imwe mu migwi y'iburaya canke Afrika ivyanatumye bamwe mu…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Nzero 2020 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba z'abigeme batarenza imyaka 17 uhaguruka werekeza mu gisagara ca Dar es Salaam mu mahiganwa yo gukurakuranamwo yo…
Inyuma yo kugurwa na As Kigali imyaka 2 kuva mu ntango z'ihiganwa ryo mu Rwanda ariko ntabashe kuyikinira bivanye n'imvune yakuye mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uyo mukinyi wo hagati…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.