Sadio asaba imbabazi kuba atabashije gushika muri Senegal, ariko akikeza abakunzi biwe ko agiye gusubirayo vuba. Sadio Mane yasavye imbabazi abakunzi biwe bo muri Senegal aho avuka, kuba atashoboye kubashira agashimwe…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Nzero 2019 niho hamenyekana y'uko umumenyereza Ntakagero Omar atakiri mu mugwi wa Vital'o Fc. Mu kiganiro Omar Ntakagero yatanze kwinsamirizi Buja FM mu kiganiro c'inkino…
Neymar yashize imigozi mu masezerano ashobora gusubira gukorana na PSG mu gihe bomusaba ko aguma muri uwo murwi uri ku mugwa mukuru w'ubufaransa ariko ukaba ari uw'abanya Qatar. Ukuguma muri PSG kwa Neymar ngo naho…
Isaha c'umi na zibiri n'igice zo kumugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 8 Nzero 2020 niho abahagarikizi batatu mpuzamakungu b'abarundi bafata indege ibashikana i Kinshasa muri Repubirika iharanira…
Umumenyereza w'intamba mu rugamba z'abakinira ku musenyi Soccer Beach yitavye umuremvyi kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 08 Nzero 2019 isaha icenda 15h00. Karumba Jean batazira Tigana akaba yafashwe ku musi wa…
Uwahoze ari kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Ndikumana Selemani agiye gukinira umugwi wa KMC wo mu gisagara ca Dar es salaam muri Repubirika yunze ubumwe ya Tanzania. Ayo…
Uwahoze ari umukinyi wa Vital'o Fc mu myaka iheze umukinyi w'inyuma Girukwishaka Michel agiye gukinira umugwi Olympic Star w'i Muyinga. Akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uyo mugwi mu kiringo…
Fc Barcelona ngo yoba iriko irisuganya ku buryo ngo mu mwaka uza wa 2020, bikunde ko babasha kugarukana umukinyi wabo Neymar, ayo makuru tukaba tuyakesha ikinyamakuru c'abongereza. Ayo makuru akavuga ko uwo murwi uriko…
Ku makuru dukesha ikinyamakuru cegukira umugwi Young Aficans amenyrsha ko umukinyi w'umurundi akina mu mugwi Young Africans wo mu gihugu ca Tanzania Issa Bigirimana yandikiye ikete abarongozi b'uyo mugwi abasaba…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Kigarama 2019, niho umukuru w'inama nkenguzamateka hamwe n'uwurongoye umugwi Aigle noire hamwe na FFB Reveriyano Ndikuriyo yandika ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook yiwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.