Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel agiye kwerekeza muri reta zunzumwe za America inyuma yo kuva mu mugwi MFM Vyskov wo mu cicaro ca 3 mu gihugu ca Repubirika ya Tchèque . Akaba agiye gukinira…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza agiye gusubira gukinira umugwi yahoze akinira Vital'o Fc mu nkino zo gusubiriza. Saido Ntibazonkiza akaba yari amaze ikiringo c'imyaka…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abakinira ku musenyi Soccer Beach wamaze gushika i Dar es salaam. Intamba Soccer Beach zikaba zafashe urugendo kuri uyu gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 ,…
Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 niho ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook bw'umugwi Azam Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Urwanda wandika y'uko wahisemwo kuvavanura n'uwahoze ari…
Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 19 Kigarama 2019, ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryaratanze ukungene imigwi igenda isumbasumbanya amanota kw'isi. Uburundi bukaba bwagumye mu…
Umumenyereza w'umurundi Mugunga Dieudonné Burchaga yahagaritse amasezerano yo kumenyereza umugwi Kiyovu Sports. Uyo mumenyereza w'umurundi akaba yahagaritse amasezerano n'umugwi Kiyovu Sports ukina mu cicaro…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 niho ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook rw'umugwi Azam Fc haboneka inyandiko ivuga y'uko umugwi Azam Fc wahisemwo gutandukana n'uwahoze ari kizigenza…
Ku musi wa Mungu uheze igenekerezo rya 15 Kigarama 2019 niho umugwi Azam w'abatarenza imyaka 20 umenyerezwa n'umurundi Vivier Bahati wakina urukino rwa nyuma Final mu gikombe ca East African Chipkizi Cup…
Umukinyi wo hagati w'umugwi Aigle Noir The Fighters Youssuf Ndayishimiye Nyange niwe yatowe nk'umukinyi yaranze ukwezi kwa Munyonyo 2019 mw'ihiganwa rya Primus ligue. Abakinyi 14 nibo bari batowe…
Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Kigarama 2019 aho umugwi Zulte Weregam ukinamwo kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino wari wahuye na Charleroi mu rukino rw'igice 1/2 gishira ica…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.