Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2019 niho umugwi wa Rukinzo Judo wafashe urugendo rubashikana i Dar as Salaam mw'ihiganwa rya Judo rya Africa yo mu buseruko bakaba bagiye barongowe na OPC1 Kabura Cassien…
Mu minota mike cane intamba mu rugamba ziza kuba ziriko zirakina urukino rwa gatatu rwa Cecafa Challenge Cup n'umugwi wa Djibouti ukinamwo umunyegori w'umurundi Mbonihankuye Innocent batazira Madede. Umumenyereza…
Inyuma y'ugutsindwa n'umugwi wa Eritrea igitsindo 1-0 kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 09 Kigarama 2019, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yatanze ikiganiro ku…
https://www.youtube.com/watch?v=MeuA6hiVIDk&feature=youtu.be
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Kigarama 2019, umugwi w'intamba mu rugamba wasubiye gukina urukino rwayo rwa kabiri rwo mw'itsinda A n'umugwi wa Eritrea mw'iganwa rya CECAFA Challenge Cup iriko ibera…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Kigarama 2019 niho Omar Ntakagero yatangura icese akazi mu mugwi Vital'o Fc ari kumwe na Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé hamwe na Amidou Hassan. Ku makuru twaronse n'uko Omar…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Kigarama 2019 niho uburongozi bw'umugwi wa Rukinzo Fc bwandikira ikete umumenyereza wayo Ramadhan Maulidi bumubwira y'uko bwamuhagaritse mu kazi ko kumenyereza umugwi wabo.…
Inyuma y'indwi zine adahonyoza ikirenge mu kibuga kubw'imvune yaronse kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino agiye gusubira kuboneka mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Kaa Gent kuri uyu wa gatandatu…
Naho bikigoye kwemeza, ariko ngo ibimenyetso vyerekana ko ata gikozwe, Mbappe ashobora kwerekeza umwanya n'umwanya mu gihugu ca Espagne I Madrid kwa Zinedine Zidane. Kylian Mbappe ashobora kuja muri Real Madrid mu mwaka…
Yaba Neymar , Mbappe canke uwundi uwariwe wese wo muri uwo murwi, harimwo bamwe bagiye kuboneka I Kigali mu misi iza. Guhera kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 4 kigarama, umurwi w'abahungu wa PSG, watanguye kwambara impuzu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.