Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 16 Kigarama 2019 , niho umugwi Gasogi Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Urwanda waha amasezerano y'umwaka n'igice umukinyi w'umurundi Ndikumana Trésor.…
Kizigeza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Nizigiyimana Abdoul Karim batazira Makenz yasezerewe mu mugwi Wazito Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya . Umugwi Wazito Fc ukaba wasezereye abakinyi 4 ku musi wa…
Ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 14 Kigarama 2019 niho umugwi Al - Nassr wari waramutse wakira umugwi Al Taawoun mu rukino rw'indwi ya 11 y'ihiganwa ryo muri Arabie Saoudite, urwo rukino rukaba rwarangiye…
Hari Ku musi wa gatandatu uheze igenekerezigenekerezo rya 14 Kigararqma 2019 aho umugwi Zulte Weregem ukinamiwo kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino wari wakiriye umugwi Sint Truiden mu rukino rw'indwi ya…
Ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 14 Kigarama 2019, niho umugwi Kabwe Warriors wari wakiriye umugwi Napsa Stars ukinamwo umusatirizi w'umurundi Mavugo Laudit mu rukino rw'indwi ya 13 y'ihiganwa ryo…
Umugwi w'intamba mu rugamba waraye usubiye kumaramarizwa mu Buganda mu gutsindwa urukino rwa kane rwa CECAFA Challenge Cup n'umugwi wa Somalia igitsindo 1-0. Intamba mu rugamba zikaba zasezeye iryo higanwa rya…
Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2019 niho wa mukinyi Aigle yaguze imukuye mu bwongereza ariwe Brandon Chebby yashika i Bujumbura yakiriwe n'abayoboye umugwi Aigle Noire hamwe na inasenge wiwe. Brandon…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2019 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wakina urukino rwa gatatu rwa Cecafa Challenge Cup iriko ibera mu Buganda rwo mw'itsinda A n'umugwi wa…
Mw'ijoro ryo kuri uyu wa gatatu rishira uwa kane igenekerezo rya 12 Kigarama 2019 isaha umunani z'ijoro 2h00 iwabo i Bukavu ni mu gihugu giharanaira demokarasia ya Congo aho yari yagiye mu karuhuko niho kizigenza…
Inyuma y'aho uwusanzwe arongoye umugwi Aigle Noir The Fighter na FFB akongera akaba n'umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo ashiriye ifoto y'umukinyi agiye kugurwa mu mugwi wiwe, kuri uyu wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.