Umumenyereza w'umurundi Niyongabo Amasi ari mu mazi abira inyuma yo kurara atsinzwe ibitsindo 3 -2 n'umugwi Heroes mu rukino rw'indwi y'10 y'ihiganwa ryo mu Rwanda. Ku makuru twakuye muri kimwe mu…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 Munyonyo 2019 , niho hamenyekana ko umugwi Haleluya Fc usanzwe ukinamwo Nyenicubahiro umukuru w'igihugu nawo wamaze kwiyandikisha mw'ihiganwa ry'igikombe citiriwe umukuru…
Kuri uyu w'Imana waraye uhese igenekerezo rya 24 Munyonyo 2019 niho umugwi Bugesera Fc wari wakiriye umugwi Mukura Victory Sports mu rukino rw'indwi ya 9 y'ihiganwa ry'Urwanda urwo rukino rukaba…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Munyonyo 2019 niho ubuyobozi bw'umugwi wa Aigle Noir bwandika ku rubuga ngurukanabumenyi bwawoo y'uko abakinyi ba Aigle noir batazokwitabira inkino za CECAFA Challenge…
Mugihe ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona Urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino za Cecafa Challenge Cup zigiye kubera mu Buganda mu…
Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 gushika kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 24 Munyonyo , ihiganwa rya Primus ligue Burundi ryabandanije kundwi yaryo ya 15 ariyo yanyuma isezera igice ca mbere c'iryo…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 22 Munyonyo 2019, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino…
Mu gihe intamba zari zihejeje gutsindwa ibitsindo 3-0 n'umugwi wa Maroc kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Munyonyo 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari kiri i Bujumbura, unumenyereza…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Munyonyo 2019, umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wari wakiriye umugwi nserukira gihugu wa Maroc mu rukino rwa kabiri rwo kurondera itike yo gukurakuranamwo…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 18 Munyonyo 2019, umumenyereza w'intamba mu rugamba Olivier Niyungeko ari kumwe na kizigeza w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq batanze ikiganiro kubanditsi ndetse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.