Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uza gufata indege werekeza mu Buganda mu nkino za Cecafa Challenge cup y'imigwi nserukira gihugu z'abakuze (senior) kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 04 Kigarama…
Inyuma y'imisi itari mike havurwa amakuru y'uko umumenyereza Omar Ntakagero umwanya n'umwanya ashobora gusuburira Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé ayo makuru yahavuye yemezwa n'umwe mu bari hafi…
Mu gihe ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Kigarama 2019 mu gihugu c'Ubuganda hategekanijwe kuzobera ihiganwa rya Cecafa Challenge Cup Senior y'imigwi nserukira gihugu ariho izoba itanguye, abajejwe gutunganya…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Kigarama 2019 niho umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo asanzwe kandi atwara umugwi Aigle Noir n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB…
Hari ku muhingamo wo kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 01 Kigarama 2019 isaha icenda 15h00 aho umugwi Bugesera Fc wari wakiriye umugwi Espoir Fc mu rukino rw'indwi ya 11 y'ihiganwa ryo mu Rwanda, urwo…
https://www.youtube.com/watch?v=mHJ6rAlmqf4&feature=youtu.be
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 28 Munyonyo 2019, niho umupfasoni w'umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Gaël Bigirimana yarara asimvye impanga Imana iracana. Uyo muryango ukaba waraye uronse…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 28 Munyonyo 2019 isaha icumi na zibiri 18h00 ku rugo rw'icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu Gaston Sindimwo niho habera ibirori vyo guhabwa icese uburongozi bw'umugwi…
Umugwi nserukiragihugu intamba mu rugamba watakaje ibibanza 8 ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 28 Munyonyo 2019 ishirahamwe rirongoye umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryasohoye…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 27 Munyonyo 2019, ihiganwa ryo mu Rwanda ryari ryabandanije ku musi waryo ugira 10 . Umugwi Kiyovu Sports Fc wari wakiriye Bugesera Fc imenyerezwa na Massudi Djuma urukino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.