Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Gitugutu umwaka wa 2019, umugwi Zulte weregem wari wakiriye umugwi Cerle Bruges ku kibuga cawo ca Arc -en-Ciel mu rukino rw'indwi igira 10 y'ihiganwa ryo mu Cicero ca mbere…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus ligue rigiye kubandanya ku ndwi igira icenda. Uku niko imigwi igiye guhura : Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 /10/2019 - Isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari,…
Ku musi wa kabiri uheze igenekerezo rya 1 Gitugutu umwaka wa 2019, niho hashingwa comité nshasha igiye gutwara Inter Star inyuma y'imyaka ibiri uyo mugwi ubaho utagira Comité nkuko vyashikirijwe n'uwusanzwe atwara…
Nk'uko tubikura rero ku kinyamakuru c'iradiyo y'Igihugu RTNB, ejo ku musi wa mbere igenekerezo rya 30/09/2019 niho umupfasoni w'umukuru w'Igihugu yari aramutse yakirwa mu ngoro nshasha NTARE Rushatsi…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nyakanga umwaka wa 2019, ihiganwa rya Primus ligue ryarabandanije ku ndwi igira umunani, urukino rwari rwitezwe n'abantu benshi ni urwahuje umugwi Messeger Ngozi hamwe…
Inyuma yo kumara imisi itari mike ata mugwi afise kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 30 Nyakanga umwanka wa 2019 , Moussa Omar asanzwe akina inyuma mu mugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba yaguzwe mu mugwi Police…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 28 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zine zo mu gatondo ku kibuga c'ingoma kiri mu ntara ya Gitega niho umurundi asanzwe aba mu gihugu c'Ubwongereza , umushingantahe Warren Chebby…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 24 Nyakanga umwaka wa 2019, umugwi Napsta Stars wo muri Zambia usanzwe ukinamwo umusatirizi w'intamba mu ruganba Laudit Mavugo washimishijwe n'igaruka rya Mavugo Laudit mu kibuga.…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 23 Nyakanga umwaka w'2019 , mu gihugu c'Urwanda niho umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Kwizera Pierrot yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi As…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Nyakanga umwaka wa 2019, niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 wakina urukino rwa kabiri rwa CECAFA U20 iriko ibera mu Buganda rwabahuje na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.