Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus ligue ryarabandanije kundwi yaryo igira 10, uku niko batsindanye : - Burundi Sports Dynamic yatsinze Buja city ibitsindo 2 Ku 1 -Athletico Academy…
Inyuma yo kunganya igitsindo 1-1 n'umugwi inter Star kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 13 Gitugutu umwaka wa 2019 ku kibuga c'intwari mu urukino rw'indwi ya 10 ya Primus ligue, umumenyereza w'umugwi…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 13 Gitugutu umwaka wa 2019 muri Lagos mu gihugu ca Nigeria niho hari haba urukino rwa nyuma (Final) rw'ihiganwa rya Tennis ry'abakobwa ryitwa ITF Word Cup tour ry'isi yose…
Inyuma y'ukunganya igitsindo 1-1 n'umugwi Vital'O fc mu rukino rwa Primus ligue rw'indwi ya 10 rwaraye rubereye ku kibuga c'intwari kiri i Bujumbura kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 13 Gitugutu isaha icumi 16h00 ku kibuga c'intwari niho haba urukino rukomeye cane rw'indwi ya 10 y'ihiganwa rya Primus league rwahuza imigwi ibiri idacana uwaka…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 10 Gitugutu umwaka wa 2019 abakinyi babiri bakina mu bihugu vya buraya bazoba bishikiye mu gisagara ca Bujumbura kumvo zo kuronswa ivyangombwa bibemerera gukinira umugwi nserukira gihugu…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 08 Gitugutu umwaka wa 2019, ikinyamakuru co mubwongereza Dail Mail canditse inkuru ivuga y'uko kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino yoba yananiwe kuriha…
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano iwacu Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw'abakinyi b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira urukino rwo gusubiriza ruzobahuza…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq ntarakina urukino na rumwe kuva aho aguriwe mu gihugu ca Egiputa. Intandaro iriko ituma uyo mukinyi ataboneka mu kibuga mu mugwi wiwe mushasha ENPPI…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Gitugutu umwaka wa 2019, niho umugwi wa FK Atlantas Klaipeda ukinamwo umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba wakira umugwi Trakai mu rukino rw'indwi ya 26…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.