https://www.youtube.com/watch?v=pZmKNh40puY&feature=youtu.be
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka w'2019 igihe c'isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari, umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba wari waramutse wakira umugwi w'Ubuganda…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20 Nyakanga umwaka wa 2019, niho ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye haguma hakwiragizwa ubutumwa bwanditswe n'umumenyereza mukuru w'umugwi Inter star Bimenyimana Robert…
Ku musi wa kane igenekerezo rya 19 Nyakanga umwaka wa 2019, uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Selemani yatanguye imyimenyerezo n'abandi mu mugwi Azam Fc. Ndikumana Selemani yari amaze imisi…
Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 Niyonkuru Gustave yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakainyi 11 aza gutanguza mu rukino rwa mbere rwa CECAFA U 20 iriko…
https://www.youtube.com/watch?v=EPY-RpqtfTI
Nk'uko bizwi ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA buri kwezi ryama risohora urutonde rw'ukungene imigwi nserukirabihugu yama igenda isumbasumbana ibibanza. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 19…
Mu gihe hategekanijwe urukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo kwitabira inkino za nyuma z'abakinyi bakina mu bihugu vyabo CHAN 2020 zizobera muri Cameroun, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Nyakanga…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umugwi Heracle Almelo U21 ukinamwo umukinyi wo kuruhande mu mugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba Mohammed Amissi wari wakiriwe…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka wa 2019, umumenyereza w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 Gustave Niyonkuru yaraye ashize ahabona abakinyi 21 baza gufata urugendo kuri uyu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.