Mu gihe hasigaye imisi itarenga 4 gusa kugira Intamba mu rugamba zitane mu mitwe na Tanzania mu rukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo kwitabira inkino z'igikombe c'isi kizobera muri Qatar mu mwaka wa…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 Myandagaro(08) umwaka wa 2019 Intamba mu rugamba zabandanije imyimenyerezo yo kwitegurira umigwi nserukira guhugu ca Tanzania mu rukino rwo gukurakuranamwo mu kurondera itike ryo…
Mugihe umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yari amaze gushira Ndaye chancel ku rutonde rw'abakinyi 29 bazokwitegurira urukino rwo gukurakuranamwo mu kurondera itike ryo gukina mu nkino…
Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya ku ndwi ya 4 kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019. Uku niko imigwi izohura kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30/08/2019 - Isaha indwi n'igice…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe ntiyigeze ahamagarwa ku rutonde rw'abakinyi 29 b'intamba mu rugamba ruriko rwitegurira urukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 27 Myandagaro umwaka wa 2018 , ku kibuga c'intwari umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wabandanije imyimenyerezo yo kwitegurira urukino rwo kurondere itike yo gukina…
Umugwi w'igiporisi c'Uburundi Rukinzo Fc kuri uyu wa gatandu igenekerezo rya 24 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'Intwari uzoba ufise urubanza rudasanzwe aho uzokwakira umugwi wa…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Myandagaro umwaka wa 2019, niho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shaban Tchabalala yafata urugende rumushikana mu gihugu c'Urwanda kwumvikana…
Umumenyereza mukuru w'umugwi nserukira gihugu w'intamba murugamba Alain Olivier Niyungeko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Myandagaro umwaka wa 2019 yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba…
Ku musi wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Myandagaro umwaka wa 2019, mu gihugu c'Urwanda niho umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Moustapha Francis Njali yahabwa amasezerano yo gukinira umugwi Bugesera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.