Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka wa 2019, umugwi wa Police Fc werekanye abakinyi bashasha waguze bashika kuri 10 izokwifashisha mw'ihiganwa ry'umwaka uza mbere iranaha ikaze umumenyereza wayo…
Umugwi Rukinzo Fc ubandanya wiyubaka mu kugura abakinyi bashasha kugira witegurire neza ihiganwa rya CAF confederation Cup rigiye gutangura mu misi ya vuba. Kuri uyu wa gataru igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka wa 2019,…
Kuri uyu wa gatandatu uza igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019, igihe c'isaha icenda z'umuhingamo (15h00) ku kibuga c'Intwari harindiranwe igishika urukino rukomeye rwo kurondera itike yo gukina CHAN…
Umugwi Gicumbi Fc ubandanya witegurira neza ihiganwa ry'umwaka wa 2019-2020 mu kwiyubaka gushasha. Inyuma yo guha amasezerano yo kumenyereza imyaka ibiri umumenyereza w'umurundi Ismail Nduwantare Gicumbi Fc…
Inyuma yo gukora imyimenyerezo mu bubirigi muri kino gihe yamaze gushika mu Bufaransa naho. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23 umwaka wa 2019, ikinyamakuru Afrik Foot cavyutse candika amakuru ya kizigenza w'intamba…
Ni akaryo keza ko kwigaragaza ku bakinyi bakina hano mu gihugu Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'Intwara, umugwi w'intamba w'abakinyi bakina hano…
Umukinyi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ndikumana Trésor yahawe amazereno mu mugwi Ac Léopard wo mu gihugu ca Kenya . Inyuma y'aho umugwi Amagaju Fc yari asanzwe akinamwo ukorokeye mu cicaro ca…
Imigwi isangiye kano karere ka CECAFA niyo igiye guhura muri Total CAF Champions league. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 21 Mukakaro umwaka wa 2019, niho ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF ryashira…
Intamba mu rugamba zaraye zinaniwe no gutsinda Rukinzo Fc. Mu ntumbero yo kwitegurir neza inkino zo gukurakuranamwo za CHAN kuri intamba hamwe na Rukinzo Fc muri Confederation Cup, kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo…
Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye kuri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.