Iryavuzwe riratashe ya ngendeshwa nshasha y'umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushika mu Burundi Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Mukakaro umwaka wa 2019 , niho umumenyereza…
Mu ntumbero yo kwitegurira inkino za CHAN 2020 hamwe n'igikombe ca Africa Confederation Cup 2019-2020 , umugwi w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano ugiye gutana mu mitwe n'umugwi wa Rukinzo Fc mu…
Inyuma yo kwigenza neza mu mahiganwa ya Wimbledon na Notingham, numéro imwe muri Africa muba junior akaba numero 12 kw'isi Nahimana Sada ubu abarizwa mu gihugu ciwe c'amavukiro. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo…
Umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba Frédetic Nsabiyumva aripfuzwa cane n'imigwi yo muri Africa y'epfo no mu bindi bihugu. Mu kiyago gito uwusanzwe arongoye umugwi Chipa…
Imigwi isangiye itsinda n'Uburundi yaraye imenyekanye harimwo Maroc. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 18 Mukakaro umwaka wa 2019 niho ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF risanze…
Umugwi nserukiragihugu wa Volleyball wamaze gufata urugendo werekeza mu gihugu ca Tunisia mu mahiganwa ya Africa agiye gutangura igenekerezo rya 19 Mukakaro umwaka wa 2019 akazorangira igenekerezo rya 29 Mukakaro umwaka wa…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Mukakaro umwaka wa 2019 mu masaha yo mu gatondo niho uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Valerie Nahayo yishikira ku mpanda gushira urugori rw'amashurwe…
Inyuma yo gutwara igikombe ca Peace Cup ugahava ari nawo uzoserukira Urwanda mu nkino za CAF Confederation Cup, umugwi As Kigali wamaze kwirukana abarundi batanu. Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Mukakaro…
Lionel Messi nawe ahamagarirwa n'abatari bake guhaguruka akerekeza mu gihugu ca Italie ngo aje gukinirayo nayo, nka Cristiano Ronaldo. Lionel messi abarizwa muri Barcelona kuva mu mwaka wa 2004, ahamagarirwa kwerekeza…
Umugwi Gormahia wo mu gihugu ca Kenya wipfuza bikomeye umusatirizi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 ariwe Jules Ulimwengu. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 15 Mukakaro umwaka wa 2019, niho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.