Umugwi Gicumbi Fc wo mu gihugu c'Urwanda wahaye amasezerano umumenyereza w'umurundi ariwe Ismail Nduwantare kugira abe umumenyereza wawo. Ismail Nduwantare akaba yashize umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi…
Ngo ivyo ikinyamakuru co mu bwongereza Dail mail coba canditse y'uko kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino yoba agiye kugurwa n'umugwi wo mu cicaro cambere wo gihugu c'ububirigi witwa Zulte…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryaraye ribandanije kundwi yaryo ya 13 . Uku niko baraye batsindanye : - PVP Buyenzi yatsinze Onze Etoile ibitsindo 6 kuri 1 - Lionne Star yanganije na Rain Bow igitsindo 1 kuri 1 -…
Neymar aheruka kuvuga uburyo yiyumva inyuma y'igihe arwaye, ariko ntiyashima gucira hasi ku kibazo kijanye n'umurwi azokinira mu nkino zimirije. Inyuma y'igihe cababa amezi 2 ari inyuma y'ikibuga kubera…
https://www.youtube.com/watch?v=iE7HdXjfp9Q&feature=youtu.be
Nta ngendeshwa Alain Olivier Niyungeko agiye kugurirwa na Berahino kiretse iyo azoba yiguriye mu mahera yiwe. Hari amakuru amaze imisi akwiragira hose avugwa na bamwe mu bakunzi b'umupira w'aguru mu Burundi…
Umukinyi nserukiragihugu mu nkino za basketball Landry Ndikumana kuva mu mwaka wa 2017 na 2018 ntawumutwara agashimwe ka MVP haba hano iwacu canke mu gihugu c'Ubuganda. Landry Ndikumana ubu abarizwa mu gihugu…
Igihugu ca Arijeriya hamwe n’igihugu ca Tiniziya vyaraye bironse uburenganzira bwo kuja mu gice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa ry’igikombe ca Afrika c’umwaka wa 2019 catunganijwe n’igihugu ca Misiri. Igihugu ca…
Umumenyereza w'umurundi Etienne Ndayirangije agiye kumenyereza vy'imfatakibanza umugwi nserukiragihugu wa Tanzania Taifa Stars. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 11 Mukakaro umwaka wa 2019 niho…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze niho Rayon Sports yakina urukino rwa kabiri mw'ihiganwa CECAFA kagame Cup rwayihuza n'umugwi Atlabara. Urwo rukino rukaba rwararangiye Rayon sports itsinze Atlabara ibitsindo 2 -0.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.